#Burundi: Isura y’isanamu y’incungu ya Demokrasi, Melchior Ndadaye yaraye ifutanganijwe.
Mw’ijoro rya 20 rishira 21 kigarama 2019, i Buganda mu ntara ya Cibitoke haraye hibwe idarapo y’umugambwe SAHWANYA FRODEBU, isanamu …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mw’ijoro rya 20 rishira 21 kigarama 2019, i Buganda mu ntara ya Cibitoke haraye hibwe idarapo y’umugambwe SAHWANYA FRODEBU, isanamu …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru adushikiriye kuri uno mugoroba w’igenekerezo rya 19/12/2019, urubanza rw’abagirizwa kugandagura umukuru w’igihugu Melhior Ndadaye buca rusasa mu ntara …
Soma ibikurikiraBuramatari w’intara ya Kayanza yaraye ahakaniye abanywanyi b’ubugambwe SAHWANYA FRODEBU kuzogira urugendo rwobashikanye aho bazogirira inama ku munsi w’Imana igenekerezo …
Soma ibikurikiraUmugwi wigenga ujejwe gutunganya amatora (CENI) watanguye kwandika abatari bariyandikishije ngo bazokwitabe amatora ya 2020 kuri uno wambere igenekerezo rya …
Soma ibikurikiraMwitangazo ryahamagarira abagumyabanga ba CNNDDD bashika 600 bo mu gisagara ca Bujumbura kwitaba ibikorwa bibera i Gitega kur’uyu wagatandatu igenekerezo …
Soma ibikurikiraMunama yama iba kw’igenekerezo rya mbere ry’ukwezi mu mugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD, iyabaye kuruyu wa 01 kigarama 2019 ku …
Soma ibikurikiraMu gasho ka zone Musaga mu gisagara ca Bujumbura, harapfungiwe imbonerakure zirenga cumi kuva kuw’Imana igenekerezo rya 10 gitugutu 2019 …
Soma ibikurikiraMurino misi haravugwa uruhigi rw’abanywanyi b’umugambwe CNL utavuga rumwe n’ubutegetsi aho hari abafatwa bagakubitwa, bagapfungwa abandi bakaburwa irengero. Mugihe abanywanyi …
Soma ibikurikiraHatunganijwe amatora y’abizigirwa mumugambwe uri kubutegetsi #CNDDDFDD, batanu batanu kumutumba kumutumba, igihugu cose kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09/11/2019. …
Soma ibikurikiraInyuma y’indwi abamenyeshamakuru bane b’ikinyamakuru iwacu Christine Kamikazi, anges Ndirubusa, Thérence Mpozenzi, Egide Harerima n’umushoferi bahagaritswe bagapfungwa hariya muntara ya …
Soma ibikurikira