Burundi : Igenwa ry’abasitanteri
Kur’uyu wa 31 mukakaro 2020, umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abasitanteri bashasha bagiye kurongora amakomiye mu gihugu cose. Mur’abo …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kur’uyu wa 31 mukakaro 2020, umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abasitanteri bashasha bagiye kurongora amakomiye mu gihugu cose. Mur’abo …
Soma ibikurikiraMugihe amatora y’abahanuzi bo kumitumba n’ama karitiye ariyo asozera amatora ya 2020 buca aba, uruhigi rw’indongozi n’abanywanyi b’umugambwe CNL rukaba …
Soma ibikurikiraAbajenama b’amakomine bangana 3453 bazindutse baja gutora abakenguzamateka kur’uyu wa 20 mukakaro 2020 igihugu cose. Nk’uko vyateguwe n’umugwi wigenga ujewe …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa kane igenekezero rya 10 mukakaro 2020, amazina 18 harimwo abasoda n’abapolisi yemejwe n’inama nkenguzamateka kugira bazogenwe mumabanga yo …
Soma ibikurikiraKwikukira mu Burundi womenga kwabaye kwirukana abazungu bera. Gushika ubu womenga kwikukira ni kwirukana uwo mudasa, mudasangiye ivyiyumviro. Vyadukwegeye kutazopfa …
Soma ibikurikiraMu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 iheze uburundi bwikukiye, umukuru w’igihugu yashiririje ijambo abarundi inyuma yo kurahiza abagize reta shasha …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 28 ruheshi 2020, umukuru w’igihugu , Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abashikiranganji 15 bagize reta y’uburundi aho bamwe bahoramwo …
Soma ibikurikiraInyuma yo gushingura umuhisi Petero Nkurunziza kw’igekekerezo rya 28 ruheshi 2020, umugambwe CNDDFDD yaturukamwo, igisata ca Bujumbura basabwa kumara imisi …
Soma ibikurikiraKuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 ruheshi 2020 haramutse hashingurwa uwahoze ari umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza i Gitega, ku …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 24 ruheshi 2020, Umushikiranganji wambere n’icegera c’umukuru w’igihugu barahiye imbere y’inama nshingamateka n’imbere y’umukuru w’igihugu ndetse na sentare …
Soma ibikurikira