Burundi: Ishengero rya pentecôte rirageramiwe.
Urugo rwa Onesphone Rukwiririkanya, umwungere wa kabiri w’ishengero rya pentecote i Bujumbura ruri mu Gatunguru rwaratewe grenade yonona imodoka n’inzu …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Urugo rwa Onesphone Rukwiririkanya, umwungere wa kabiri w’ishengero rya pentecote i Bujumbura ruri mu Gatunguru rwaratewe grenade yonona imodoka n’inzu …
Soma ibikurikiraPhilippe Nzobonariba avugira umugwi wigenga ujejwe gutunganya amatora aheruka kwigisha akoresheje amasanamu uko abantu bazotora kw’igenekerezo rya 20/5/2020 ariko hari …
Soma ibikurikiraKubiro bijejwe gutanga amakarata y’amatora biri muri komine n’intara ya Cankuzo, imbonerakure y’umugabwe CNDDFDD ejo kw’igenekerezo rya 11 rusama 2020 …
Soma ibikurikiraMugihe ikiringo co gutorerako amakarata y’amatora umugwi CENI wagerageje kugihuza n’umwanya wo kwiyamamaza, hongeyeko ko abanywanyi b’imigambwe itavuga rumwe na …
Soma ibikurikiraMugihe kuwa gatandatu igenekerezo rya 02 Rusama 2020 hitezwe Aghaton Rwasa, umukuru w’umugambwe CNL mu ntara ya Cankuzo mu myiyamamazo …
Soma ibikurikiraAmasendika n’inani z’amasendika zikorera mu Burundi zarasohoye itangazo kw’igenekerezo rya 24/4/2020 ziyamiriza imvugo z’abanyepolitike bashikiriza amajambo atumbereye gusambura amasendika aharanira …
Soma ibikurikiraMugihe havugwa ubukene bw’ibikoresho vyo kwikingira ikiza ca CORONAVIRUS mubitaro no mu mavuriro hiryano hino mu gihugu, reta ibicishije mu …
Soma ibikurikiraMu gihe amatora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abahanuzi b’amakomine azoba kw’igenekerezo rya 20/5/2020, ikiringo co kwiyamamaza mur’ivyo bibanza gitegekanijwe kuva kw’igenekerezo …
Soma ibikurikiraMw’itangazo umugambwe w’imbogoraburundi PARENA washize ahabona kw’igenekerezo rya 04 ndamukiza 2020 usaba inama nshingamateka kwerekana aho uhagaze mukuvuga Ego canke …
Soma ibikurikiraMugihe abashikiranganji b’imigenderanire n’abamagara y’abantu bagize akarere ka Afrika y’ubuseruko baheruka kugira inama yo kugwaniriza hamwe ikiza ca CORONAVIRUS(COVID19) kw’igenekerezo …
Soma ibikurikira