Skip to content
Top Menu
09/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Ubudandaji

COVID19 / Ubudandaji

Burundi : #Coronavirus: Hôtel source du Nil yugawe.

03/03/202010/07/2020 - by Jérôme

Ihoteri ikomeye, Hôtel source du Nil imenyeshako yahagaritse kwakira ingenzi no kwakira abayigana kuva uno munsi gushika igihe kitaramenyekana. Mw’itangazo …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ubudandaji

Rumonge: Ivy’amatongo yegereye ikiyaga ca Tanganyika

28/02/202028/02/2020 - by Jérôme

Kuri uyu wa 27/2/2020, ubushikiranganji bwo gutwara abantu, inyubakwa no gutunganya amatongo bwarandikiye buramatari w’intara ya Rumonge bumusaba gukurikiranira hafi …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : N’iki gituma abakozi ba BRARUDI bagira bahagarike akazi?

27/02/202027/02/2020 - by Jérôme

Abakozi b’ishirahamwe rikora ibinyobwa BRARUDI, baragabisha umukoresha wabo ko atagikozwe mu musi itandatu bazohagarika akazi. Vyose vyatanguye mumisi iheze, ishirahamwe …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Umwuga wo guteka ntugiteye isoni.

24/02/202024/02/2020 - by Jérôme

Mugihe aho hambere abakozi bo mu gikoni bafatwa nk’abakozi bagayitse ubu uwo mwuga usigaye uhurumbirwa n’abize bakabinonosora muri uyu mwaka …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Abadandaza bo mu Kanyosha baridoga

23/02/202023/02/2020 - by Jérôme

Abadandaza batanze amafaranga ibihumbi amajana atandatu na mirongo icenda(690000FBu) kukibanza ku muntu, bamaze imyaka itari munsi y’ibiri barindiriyeko isoko yo …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Umuriro mu Kamenge

31/01/202031/01/2020 - by Jérôme

Hehejeje kuvuga amasase mu Kamenge bivuye kubasuma bari baje kwiba bikitse mukiza aho station na banke biriko nirasha mu Kamenge …

Soma ibikurikira
Indero / Politike / Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Abategetsi baturuka muri CNDDFDD bariko baritekerera mu kwiba abanyagihugu.

17/01/202017/01/2020 - by Jérôme

Inyuma yo kwumva ko mubutegetsi bwa CNDDFDD buzoba inyuma y’amatora ya 2020 abategetsi bubu batazobujamwo, bamwe bwamwe bo mur’uwo mugambwe …

Soma ibikurikira
Politike / Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi.

14/01/202014/01/2020 - by Jérôme

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11/01/2019, haruguruwe i Bujumbura kumugaragaro urudandazwa rukorerwa ku buhinga ngurukanabumenyi ruteye amakenga. Urwo rudandaza …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Umwaka wa 2020 utanguye nabi kubihereza ibinyobwa vya BRARUDI

01/01/202001/01/2020 - by Jérôme

Kuva kw’igenekerezo rya 24/12/2019 buca haba Noweli gushika kuri rino genekerezo rya 01/01/2020(ubunani) ibinyobwa vya BRARUDI aho bitabuze vyaradugije ibeyi, …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi / Umutekano

Burundi : REGIDESO ihejeje gusohora itangazo riteye ubwoba

24/12/201924/12/2019 - by Jérôme

Kuri uno wakabiri igenekerezo rya 24/12/2019, ishirahamwe ritanga amatara n’amazi REGIDESO rihejeje kumenyeshako atama unités y’amatara n’amazi rizogurisha kumagenekerezo rya …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 3 4 5 6 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 563)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 600)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 415)
Copyright © 2026 Itara Burundi.