Skip to content
Top Menu
09/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Umubano

Burundi, actualité
Umubano

Burundi : Ivyoba vyatumye umuririmvyi Israël Mbonyi yankirwa kuremesha ibiteramo i Bujumbura

29/07/202129/07/2021 - by Jérôme

Ku musi wejo twarababwiyeko ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi bwanditse kuri twitter ko umuririmvi w’umunyarwanda Israël …

Soma ibikurikira
Burundi, umubano
Umubano

Burundi : Ikiganiro Umubano N°010: Umugore agira yubakane n’umugabo w’umuhabara w’umugabo wiwe

14/07/202114/07/2021 - by Jérôme

Cecile na Benoît bamaze imyaka itanu bubakanye ariko Cecile yahisemwo ko bahukana akaja kubana n’umugabo wa Benitha, Benitha bawe akaba …

Soma ibikurikira
Burundi
Umubano

Burundi: Ikiganiro #Umubano N°009: Umushahara muto ukenewemwo vyose

31/05/202131/05/2021 - by Jérôme

Joël, izina ritirano, akora akazi kabayabaye agahembwa amafaranga ibihumbi amajana abiri ku kwezi(200000FBu). Umugore wiwe ntakazi arigera aronka, yaratanze dossier …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi: Ikiganiro umubano N°008: Umukenyezi yishwe n’agahinda baramuhamba

14/05/202114/05/2021 - by Jérôme

Umukenyezi umwe yari yubakanye rukirisu n’umugabo abantu babonako ari umukirisu akunda Imana ariko urupfu rwiwe rwasigaranye abandi ibibazo vyinshi cane, …

Soma ibikurikira
Umusozi wasidutse
Umubano

Burundi: Ikiganiro umubano N°007: Ibitangaza vyabaye mu Kabezi ntabo bizoteranya n’ababanyi?

29/04/202129/04/2021 - by Jérôme

Ku mutumba Migera agacimbiri Mutumba, komine Kabezi intara ya Bujumbura kw »igenekerezo rya 25 ndamukiza 2021 harabaye igitangaza aho inzu ziyunguruje …

Soma ibikurikira
Joel Nindorera
Umubano

Kaminuza y’uburundi yabeshuje inkuru y’urupfu rwa Joël Nindorera. Gute?

27/04/202128/04/2021 - by Jérôme

Kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 27 ndamukiza 2021 niho hashingurwa umunyeshure Joël Nindorera wo muri kaminuza y’uburundi mw’itingo ry’abapfuye mu …

Soma ibikurikira
Umubano

Ikiganiro umubano N°006 : Umuryango ugira usamburwe n’ukwizerana cane

18/04/202118/04/2021 - by Jérôme

Mu kiganiro c’uno munsi tubaganirira ubuzima bw’umuryango ushobora gusambuka :  umugabo asigaye ari umukene inyuma y’imyaka cumi abana n’umugore wiwe bivuye …

Soma ibikurikira
Burundi
Umubano

Burundi : Ikiganiro Umubano N°005 : Ukutumvikana kuhokuba gushobora gusambura umuryango

30/03/202130/03/2021 - by Jérôme

Hari umuryango upanze mu gisagara ca Bujumbura, umugabo yaronse akazi keza ruguru haraciye imyaka itatu. Umugore yaranse kumusangayo ngo babaneyo. …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Ikiganiro Umubano N°002 : Yagiye muri misiyo asanga umugore afise inda y’uwundi mugabo

27/02/202127/02/2021 - by Jérôme

Umuryango wo mu ntara imwe yo mu Burundi wari ubanye neza cane imbere y’uko serugo aronka misiyo yo kuja gukorera …

Soma ibikurikira
Umubano

#Burundi: Ikiganiro #umubano N°001: Umugabo arwaye indwara yo gupfuhira umugore

24/02/202124/02/2021 - by Jérôme

Umukozi wo muri banki umwe afise umugabo wiwe apfuha cane. Gupfuha kuwo mugabo umugore avugako kumubangamira cane kuko uko avuhanye …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 4 … 6 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 561)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 597)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 414)
Copyright © 2026 Itara Burundi.