Burundi: Igisoda c’uburundi casohoye itangazo kuvyavuzwe n’igisoda c’urwanda
Kur’uyu wa 27 ruheshi 2020, igisoda c’urwanda cazindutse kimenyeshako hari umugwi w’abagwanyi wateye mubumanuko bw’ico gihugu uvuye mu Burundi uca …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kur’uyu wa 27 ruheshi 2020, igisoda c’urwanda cazindutse kimenyeshako hari umugwi w’abagwanyi wateye mubumanuko bw’ico gihugu uvuye mu Burundi uca …
Soma ibikurikiraMur’iri joro ryakeye rishira uwa 27 ruheshi 2020, havugwa abagizi ba nabi bateye urwanda bavuye bongera basubira mu Burundi hapfamwo …
Soma ibikurikiraKuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 ruheshi 2020 haramutse hashingurwa uwahoze ari umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza i Gitega, ku …
Soma ibikurikiraMw’ijambo umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yashikirije mukwinjira mumabanga yiwe kw’igenekerezo rya 18 ruheshi 2020, yaravuze umugambi wo kwubaka ibitaro mumakomine …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 24 ruheshi 2020, Umushikiranganji wambere n’icegera c’umukuru w’igihugu barahiye imbere y’inama nshingamateka n’imbere y’umukuru w’igihugu ndetse na sentare …
Soma ibikurikiraUmugambwe CNL urongowe na Agathon Rwasa uriyamiriza iyemezwa n’inama nshingamateka ry’umushikiranganji wa mbere be n’icegera c’umukuru w’igihugu vyabaye kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraAllain Guillaume Bunyoni na Prosper Bazombanza bemejwe n’inama nshingamateka kur’uyu wa 23 ruhenshi 2020 ngo bane Ministre wambere kurumwe no …
Soma ibikurikiraUbushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya SIDA bwaramenyeshejeko habonetse abagwayi 40 bashasha kur’uyu wa 20 ruheshi 2020, igitigiri kiguma …
Soma ibikurikiraKukibuga c’umupira citiriwe ingoma mu ntara ya Gitega, umugwa mukuru wa pilitike, kur’uyu wa 18 ruheshi 2020 umukuru w’igihugu mushasha …
Soma ibikurikiraMu ntara ya Gitega, umugwa mukuru wa Politike, k’ur’uyu wa kane igenekezo rya 18 ruheshi 2020, umukuru w’igihugu mushasha Evariste …
Soma ibikurikira