Burundi: Ikiza ca COVID19 cabaye ndanse.
Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya SIDA bwaramenyeshejeko habonetse abagwayi 40 bashasha kur’uyu wa 20 ruheshi 2020, igitigiri kiguma …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya SIDA bwaramenyeshejeko habonetse abagwayi 40 bashasha kur’uyu wa 20 ruheshi 2020, igitigiri kiguma …
Soma ibikurikira
Kukibuga c’umupira citiriwe ingoma mu ntara ya Gitega, umugwa mukuru wa pilitike, kur’uyu wa 18 ruheshi 2020 umukuru w’igihugu mushasha …
Soma ibikurikira
Mu ntara ya Gitega, umugwa mukuru wa Politike, k’ur’uyu wa kane igenekezo rya 18 ruheshi 2020, umukuru w’igihugu mushasha Evariste …
Soma ibikurikira
Nk’uko amakuru dukura mubegereye umugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD abivuga, umuhisi umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ntibamenya neza uko bogenza ikiziga ciwe …
Soma ibikurikira
Indwi iraheza atamukuru w’igihugu atwara uburundi inyuma y’urupfu rwa Petero Nkurunziza kw’igenekerezo rya 8 ruheshi 2020. Abantu bamaze imisi bafatwa …
Soma ibikurikira
Mugihe haheze iminsi ine igihugu kitagira uwukiramutswa inyu y’urupfu w’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro yamenyesheje kur’uyu wa …
Soma ibikurikira
Munama nshikiranganji yo kur’uyu wa kane igenekerezo rya 11 ruhenshi 2020, inyuma yo kwiga ikibazo nyamukuru c’isubirizwa rya Nyakwigendera Petero …
Soma ibikurikira
Mugihe k’ur’uyu wa kane igenekerezo rya 11 ruhenshi 2020 ariho hakwira imisi itatu umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ashengeye, inama nshikiranganji …
Soma ibikurikira
Mugihe amakuru y’urupfu rw’umukuru w’igihugu yatanguye kumenyekana nk’ibihuha kur’uyu wa 8 ruheshi 2020, reta y’ubururundi ihejeje kumenyesha urupfu giturumbuka rwiwe …
Soma ibikurikira
Amakuru dukura muntara ya Cibitoke atumenyesha ko hari ukurumvikana mubihangange vyo kugwego rw’aba jenero Godefroid Bizimana na Gervais Ndirakobuca batazira …
Soma ibikurikira