
Burundi: Ingwara n’inzara mw’ibohero rikuru ry’i Ngozi.
Hambavu y’ubukene bw’imfungurwa, hadutse ingwara itaramenyekana mw’ibohero rikuru ry’i Ngozi aho abantu batatu bamaze gupfa abandi cumi baka abaremvye gushika …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Hambavu y’ubukene bw’imfungurwa, hadutse ingwara itaramenyekana mw’ibohero rikuru ry’i Ngozi aho abantu batatu bamaze gupfa abandi cumi baka abaremvye gushika …
Soma ibikurikiraKuva kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 6 ruheshi 2020, hiriwe uruhigi rw’abanywanyi b’umugambwe CNL ku mutumba Kiyange, komine Makebuko, intara …
Soma ibikurikiraInyuma yo kwunguruza urubanza baciriwe, abamenyeshamakuru bane b’ikinyamakuru Iwacu sentare nkuru ya Ntahangwa yabafatiye ingingo yo kugumizwa mw’ibohero kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraArticle tiré sur le compte facebook de Pacifique Nininahazwe Ukwezi kw’icumi ni kumwe mu mezi atoroheye Uburundi. Turetse ko twakubuzemwo …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 04 ruhenshi 2020 sentare yubahiriza ibwirizwanshingiro yamenyeshejeko umugambwe CNDDFDD ariwo watsinze amatora y’umukuru w’igihugu n’ay’abashingamateka yo kuwa 20 …
Soma ibikurikiraMugihe kw’igenekerezo rya 04 ruhenshi 2020 hitezwe gusomwa amajwi ntabanduka y’ivyavuye mumatora yo kuwa 20 rusama 2020 muri sentare yubahiriza …
Soma ibikurikiraKurwanya ikiza ca COVID19 vyabaye akananira bahinga gushika naho candukiriye inzego zo hejuru mu gihugu. Mugihe ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 28 rusama 2020 umugambwe CNDDFDD uri kubutegetsi watanguye amasengesho i Gitega azomara imisi itatu yo gushimira imana intsinzi …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 28 rusama 2020 umukuru w’uwugambwe CNL, umsuhingamateka Agathon Rwasa yararamutse ajana ibirego vyo kwitwara kuvyavuye mumatora yo kuwa …
Soma ibikurikiraMw’itangazo inama y’abepisikopi katolika bo mu Burundi bashize ahabona kuvyerekeye amatora yabaye kw’igenekerezo rya 20/5/2020 baribaza nimba ibiharuro vyayavuyemwo bitazohava …
Soma ibikurikira