Burundi: Abashingamateka batowe kuwa 20 rusama 2020
Kw’igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi w’igihugu ujejwe amatora CENI warashikirije ibiharuro mfatakibaza vyavuye mumatora y’abashingamateka yabaye kuwa 20 rusama …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kw’igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi w’igihugu ujejwe amatora CENI warashikirije ibiharuro mfatakibaza vyavuye mumatora y’abashingamateka yabaye kuwa 20 rusama …
Soma ibikurikira
I Bujumbura kuri Hotel Club du Lac Tanganyika kuri uyu wambere igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi wigenga ujejwe gutunganya …
Soma ibikurikira
Ejo kuwambere igenekerezo rya 25 rusama 2020 harategekanijwe gusoma ibiharuro mfatakibanza vyavuye mu matora yabaye kw’igenekerezo rya 20 rusama 2020. …
Soma ibikurikira
Kuri uyu wa 24/5/2020 umugwi ujejwe gutunganya amatora CENI wasohoye itangazo usaba abashaka kwitoza mubibanza vy’abakenguzamateka baba abari mu migambwe …
Soma ibikurikira
Urugo rwa Onesphone Rukwiririkanya, umwungere wa kabiri w’ishengero rya pentecote i Bujumbura ruri mu Gatunguru rwaratewe grenade yonona imodoka n’inzu …
Soma ibikurikira
Mugihe amatora yaraye abereye rimwe ari atatu mugihugu cose kur’uyu wa 20 rusama 2020, gushika ubu abarundi benshi baracibaza uwaraye …
Soma ibikurikira
Mugihe abarundi baziduka baja mumatora yambere menshi azobera rimwe kur’uyu wa 20 rusama 2020, abanywanyi b’umugambwe uri kubutegetsi baraye muruhagarara …
Soma ibikurikira
Philippe Nzobonariba avugira umugwi wigenga ujejwe gutunganya amatora aheruka kwigisha akoresheje amasanamu uko abantu bazotora kw’igenekerezo rya 20/5/2020 ariko hari …
Soma ibikurikira
Kubiro bijejwe gutanga amakarata y’amatora biri muri komine n’intara ya Cankuzo, imbonerakure y’umugabwe CNDDFDD ejo kw’igenekerezo rya 11 rusama 2020 …
Soma ibikurikira
Inyuma yaho umuyobozi w’igisata c’ubuganga(Médecine) muri kaminuza y’uburundi afatiye ingingo zo kwirinda CORONAVIRUS kubasoma ibitabo birangiza amashure, hari umunyeshure yaraye …
Soma ibikurikira