Burundi: Ntawuzi ejo muri CNDDFDD
Twarababwiye amakuru yavugako uwuzosubirira umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze igihe yiyamamaza ariko muri CNDDFDD bavuga ngo: « Ntawipanga baragupanga » Kuva aho …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Twarababwiye amakuru yavugako uwuzosubirira umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze igihe yiyamamaza ariko muri CNDDFDD bavuga ngo: « Ntawipanga baragupanga » Kuva aho …
Soma ibikurikiraKw’igenekerezo rya 28 nyakanga 2020, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yarasohoye icegeranyo c’imisi ijana umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze kubutegetsi …
Soma ibikurikiraHagati mu kwezi kw’indwi guheze harabaye rusansuma rw’abashomeri n’abatagira akazi mu Burundi bwose bisabwe n’inzego zo hejuru aho imbonerakure zaciye …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 31 mukakaro 2020, umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abasitanteri bashasha bagiye kurongora amakomiye mu gihugu cose. Mur’abo …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 28 ruheshi 2020, umukuru w’igihugu , Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abashikiranganji 15 bagize reta y’uburundi aho bamwe bahoramwo …
Soma ibikurikiraInyuma yo gushingura umuhisi Petero Nkurunziza kw’igekekerezo rya 28 ruheshi 2020, umugambwe CNDDFDD yaturukamwo, igisata ca Bujumbura basabwa kumara imisi …
Soma ibikurikiraNk’uko amakuru dukura mubegereye umugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD abivuga, umuhisi umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ntibamenya neza uko bogenza ikiziga ciwe …
Soma ibikurikiraMugihe haheze iminsi ine igihugu kitagira uwukiramutswa inyu y’urupfu w’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro yamenyesheje kur’uyu wa …
Soma ibikurikiraMugihe k’ur’uyu wa kane igenekerezo rya 11 ruhenshi 2020 ariho hakwira imisi itatu umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ashengeye, inama nshikiranganji …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 04 ruhenshi 2020 sentare yubahiriza ibwirizwanshingiro yamenyeshejeko umugambwe CNDDFDD ariwo watsinze amatora y’umukuru w’igihugu n’ay’abashingamateka yo kuwa 20 …
Soma ibikurikira