Kuber’iki abanyeshure 170 bazoja kwiga muri Maroc bacishijwe mungoro y’umugambwe CNDDFDD?

Abanyeshure bazoja kwiga mugihugu ca Maroc harimwo ivyo gutwara indege bashika 170 baratekerewe impanuro bari mungoro y’umugambwe CNDDFDD.

Hari abatanguye kwibaza igutuma barinze kujanwa mungoro y’umugambwe CNDDFDD. Ubwo bose boba ari abanywanyi bawo? Mubivuzeko iki?

Umukuru w’umugambwe CNDDFDD, Réverien Ndikuriyo yakira abaserukira igihugu ca Maroc mu Burundi. Photo Ikiriho

 

 

 

Abanyeshure bazoja kwiga muri Maroc bariko batekererwa impanuro mungoro y’umugambwe CNDDFDD. Photo Ikiriho