Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Indero / Ubutunzi

Burundi : Uwize imyaka itandatu(6ans) muri kaminuza kera anganya urupapuro rw’umutsindo n’uwiga imyaka itatu(3ans) ubu.

06/01/202006/01/2020 - by Jérôme

Gushika uno munsi hari akarigangamuhogo k’ubusumbasumbane bw’impapuro z’umutsindo zitangwa muma kaminuza y’uburundi ubu n’abize kera. Nk’akarorero uwize imyaka ine muri …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umubano

Burundi: Amajambo abiba amacakubiri yoba ar’ayatumwa?

04/01/202004/01/2020 - by Jérôme

Haraciye amezi makeya hariko hazunguruka ubutumwa bw’amajwi ku mbuga ngurukanabumenyi, uwitwa Kenny- Claude Nduwimana,umwe mubariko barabutanga wewe ntaco yinona. Imvukira …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Baridoga ko bafatwa n’abapolisi kandi batari mubunyero.

03/01/202003/01/2020 - by Jérôme

Abanyagihugu bo muri zone Musaga, komine Muha iri mu gisagara ca Bujumbura baridogako bafatwa n’abapolisi iyo babasanze mw’ibarabara canke kuma …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Yaraye ahamvye umwaka wa 2019 none yoba agiye guhamba ubukene.

01/01/202001/01/2020 - by Jérôme

Umusore umwe avuka muntara ya Kirundo ubu akorera i Bujumbura Yaraye atwengeje abakoresha urubuga rwa Whatsapp mugukina ariko ahamba umwaka …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Umwaka wa 2020 utanguye nabi kubihereza ibinyobwa vya BRARUDI

01/01/202001/01/2020 - by Jérôme

Kuva kw’igenekerezo rya 24/12/2019 buca haba Noweli gushika kuri rino genekerezo rya 01/01/2020(ubunani) ibinyobwa vya BRARUDI aho bitabuze vyaradugije ibeyi, …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Abanyagihugu b’i Rwamvura muri komine Kigamba bakubitirwa kurara irondo

30/12/201930/12/2019 - by Jérôme

Inyuma yaho havugiwe umugwi w’abagwanyi wakamanganiye mw’ishamba cimeza rya Ruvubu kumusi wa gatanu igenekerezo rya 27/12/2019, Rose Nahimana yaciye ategeka …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Burundi : Ikigega c’abasoda co kuziganya, kuguranana no kwiteza imbere, CECAD,ibanki yasahuhwe.

30/12/201930/12/2019 - by Jérôme

Amafaranga y’inyungu yaragenewe abanywanyi b’ikigega c’abasoda co kuziganya, kuguranana no kwiteza imbere CECAD aho gufasha abanywanyi baco afasha reta mumigambi …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Amakuru azotangwa mu matora ya 2020 azoba agosoye.

28/12/201928/12/2019 - by Jérôme

Ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru bwarashinze kuri uyu wa 24 kigarama 2019 komite y’igihugu ijejwe gutegura no gushira mungiro uko amakuru …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : « Ahubwo hapfuye bake »| »Mubadandariza mu mitaka harimwo abansi b’igihugu »

26/12/201926/12/2019 - by Jérôme

Mukiganiro umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatanze kumaradiyo yose kuri uno wakane igenekerezo rya 26/12/2019 aho yari i Gitega yishuye kubibazo …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Burundi : Hashobora kwaduka yegereyegere mu bigisha.

24/12/201925/12/2019 - by Jérôme

Amafaranga amajana atanu akatwa umwigisha umwe wese kuva 2017 ashobora gutera ihagarikwa ry’akazi mumisi iza kubera umugambi COSSESONA uyatwara woba …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 41 42 43 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 565)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 417)
Copyright © 2026 Itara Burundi.