Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Ubudandaji / Ubutunzi / Umutekano

Burundi : REGIDESO ihejeje gusohora itangazo riteye ubwoba

24/12/201924/12/2019 - by Jérôme

Kuri uno wakabiri igenekerezo rya 24/12/2019, ishirahamwe ritanga amatara n’amazi REGIDESO rihejeje kumenyeshako atama unités y’amatara n’amazi rizogurisha kumagenekerezo rya …

Soma ibikurikira
Umutekano

#Burundi: Ikambi y’imbonerakure muri komine Matana, ziryamiye amajanja.

23/12/201923/12/2019 - by Jérôme

Hoba hari ikambi y’imbonerakure z’umugambwe CNDDFDD iri muri komine Matana mu ntara ya Bururi ziryamiye amajanja muri ino misi. Nk’uko …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu / Ibidukikije

Burundi : Abantu barenga 15 barapfuye 33 barakomereka, inzu zirabomoka kubera isegenya.

23/12/201923/12/2019 - by Jérôme

Hamaze imisi harwa imvura y’isegenya mu gisagara ca Bujumbura, aho amazi amaze kubomora amazu agahitana n’ubuzima bw’abantu. Mw’ijoro ryo kuwagatandatu …

Soma ibikurikira
Politike / Umubano

Burundi : Innocent Nyandwi ntakiri musitanteri wa komine Cankuzo

22/12/201922/12/2019 - by Jérôme

Inama mpanuzwajambo ya Komine Cankuzo mu ntara ya Cankuzo yarakomboye musitanteri w’iyo komine kur’uyu wagatandatu igenekerezo rya 21/12/2019. Innocent Nyandwi …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

Burundi : Ikiza c’indwara itaramenyekana carateye mu ntara ya Muyinga.

22/12/201922/12/2019 - by Jérôme

Kw’ivuriro rya Gahararo muri komine Butihinda intara ya Muyinga hamaze imisi hivuriza abantu bafashwe n’indwara itamenyekana. Hakavugwa abarenga ijana bamaze …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi : Hoba hari umugambi wo gutuza abatutsi bose barenza amafaranga imiriyoni amajana abiri(F200000000)

22/12/201922/12/2019 - by Jérôme

Abarundi bose bo mu bwoko bw’abatutsi batunze boba bagomba kwirukanwa mu Burundi n’ubutegetsi bw’umugambwe CNDDFDD kuburyo inyuma y’amatora ya 2020 …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Isura y’isanamu y’incungu ya Demokrasi, Melchior Ndadaye yaraye ifutanganijwe.

21/12/201921/12/2019 - by Jérôme

Mw’ijoro rya 20 rishira 21 kigarama 2019, i Buganda mu ntara ya Cibitoke haraye hibwe idarapo y’umugambwe SAHWANYA FRODEBU, isanamu …

Soma ibikurikira
Politike / Ubutungane

Burundi : Amakuru yihuta : Urubanza rw’abagirizwa kugandagura umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye rwafashe iyindi ntumbero.

19/12/201919/12/2019 - by Jérôme

Nk’uko amakuru adushikiriye kuri uno mugoroba w’igenekerezo rya 19/12/2019, urubanza rw’abagirizwa kugandagura umukuru w’igihugu Melhior Ndadaye buca rusasa mu ntara …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu / Indero

Burundi : Umushikiranganji w’amagara y’abantu asaba amashure y’imyuga ko yoyahindura ibitaro.

15/12/201915/12/2019 - by Jérôme

Mw’ikete yandikiye umushikiranganji w’indero, amashure y’imyuga n’ubuhinga kw’igenekerezo rya 09/12/2019, Dr Thaddée Ndikumana asaba amashure y’i myuga yo ku Ntega …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi: Buramatari w’intara ya Kayanza yanse urugendo rw’umugambweSAHWANYA FRODEBU.

11/12/201911/12/2019 - by Jérôme

Buramatari w’intara ya Kayanza yaraye ahakaniye abanywanyi b’ubugambwe SAHWANYA FRODEBU kuzogira urugendo rwobashikanye aho bazogirira inama ku munsi w’Imana igenekerezo …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 42 43 44 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 565)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 605)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 417)
Copyright © 2026 Itara Burundi.