Burundi: Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yabonetse mubatimbo

Kur’uyu wa 19 nzero 2022, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yabonetse yambaye impuzu z’abatimbo mu Gishora, intara ya Gitega, umugwa mukuru wa Politike w’uburundi.

Akaba abaye umukuru w’igihugu wa mbere abonetse yambaye umwambaro w’abatimbo kandi ariko avuza ingoma.

Abantu bakaba batatanzwe kubikwiragiza kumbuga zitandukanye.