Burundi : Umuriro mu Kamenge

Hehejeje kuvuga amasase mu Kamenge bivuye kubasuma bari baje kwiba bikitse mukiza aho station na banke biriko nirasha mu Kamenge kuri gare du Nord mur’iri joro ry’igenekerezo rya 30/01/2020.

Nk’uko amakuru adushikira abivuga, station y’igitoro y’ishirahamwe Kobil iri kuri gare du Nord yafashwe n’umuriro igashobora guhereza ibanki ya BANCOBU iyegereye mur’iri joro nyene arihamwe umuriro utazimye. Abasuma bari baje kubwinshi bashaka kwikika mukiza bakaba bateshejwe n’abapolisi aho barashe kugira biruke ariko bikavugwako na Kizimyamwoto yariko ikora arimwe yananiwe kuzimya.