Skip to content
Top Menu
30/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Agateka ka zina muntu

Agateka ka zina muntu

Burundi: Agateka ko kumemenyesha amakuru kabandanya gahonyangwa atacamira

26/09/201820/07/2019 - by Jérôme

Ikiganiro c’ikibiriraho cariko kiremenshwa ku maradiyo Insanganiro, Rema FM n’ikinyamakuru iwacu kumfashanyo y’ishirahmwe la bénévolecia carahagaritswe n’abapolisi ku musi wa …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Umugwi w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ujejwe amatohoza ku Burundi watanze icegeranyo i Genève aho wagiriza Petero Nkurunziza amabi ahakorerwa.

05/09/201820/07/2019 - by Jérôme

Uyo mugwi umenyeshako mu burundi habandanije hakorwa ivyaha vyo gusinzikaza ikiremwa muntu(crimes contre l’humanité) muntu nk’ubwicanyi bw’agahomeramunwa, kunyuruza abantu bakaburwa …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ivy'Imana

Agateka k’abakirisu kariko karahonyangwa n’umugambwe CNDD-FDD mu Burundi, #SOSChrétiens

17/08/201820/07/2019 - by Jérôme

Abarongoye umugambwe CNDDFDD usanzwe utwara uburundi bamaze igihe bagomba kwihindura intumwa zidasanzwe z’imana mukwizera gushasha. Kuva mumwaka wa 2017 aho …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ubudandaji

Abakozi b’ishirahamwe Lumitel batonze bambaye umwambaro wirabura.

07/08/201820/07/2019 - by Jérôme

Mugihe vyari bimenyerewe ko abakozi ba Lumitel, ishirahamwe ryo gutumatumanako tiyuruka mugihugu ca Vietenam, bambara umwambaro w’umuhondo uriko ivyandiko vy’ubururu …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Inshirahamwe CAVIB riratera ivyatsi ingingo ya reta ya Tanzaniya yo kwirukana impunzi z’abarundi.

26/07/201826/07/2018 - by Jérôme

Inyuma yaho reta ya Tanzaniya itanguye gutanga ubutumwa hirya no hino muntara zirimwo amakambi y’impunzi z’abarundi ko zotahuka mu Burundi …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi

Impunzi ni abantu nk’abandi kandi bashoboye

21/06/201820/07/2019 - by Jérôme

Mu gihe igenekerezo rya 20 ruheshi uko umwaka utashe amakungu yama ahimbaza umusi mukuru wahariwe impuzi, uwo musi wahimbajwe uburundi …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Hari umukozi w’ishirahamwe  Front Line Defenders apfungiwe mw’iperereza ry’u #Burundi

17/02/201822/04/2018 - by Jérôme

Nkuko amakuru adushikira avuga, hari igihe c’isaha zitandatu zo kumurango w’uyu wa gatandatu igenekerezo rya  17 Ruhuhuma 2018, Aloys Habimana, …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Abanyagihugu bo mu Burundi baracurwa bufuni na buhoro bakongera bagatozwa intererano zo gufasha reta itwaza umukazo, raporo y’ukwezi kwa nzero ya @FORSC_BURUNDI

15/02/201820/07/2019 - by Jérôme

Nkuko rwama rusohora raporo uko ukwezi gutashe, urunani rw’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya polikike FORSC rwasohoye raporo y’ukwezi kwa mbere. Muri …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura baridogera igipolisi ko kibaka amafaranga ataho yanditswe mu mategeko y’u Burundi

02/02/201821/04/2018 - by Jérôme

Mu gihe abarongoye uburundi bama bariko baravugako umutekano ukwiye kandi igihugu ari nyabagendwa abanyagihugu baridogako uwo mwidegemvyo atawe babona kandiko …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 9 10

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 995)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 081)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 421)
Copyright © 2025 Itara Burundi.