Harashobora kwaduka intambara mu Burundi

Kur’uyu wa 28 ndamukiza 2022 hiriwe imishwano kumbuga ngurukana bumenyi kuvyerekeye ivy’umunsi wa 29 ndamukiza 2022, umugwi CVR ukaba uherutse kuvugako habaye ihinyabwoka ry’abautu 1972-1973.

Umushingwamanza Vital Nshimirimana arongoye ishirahamwe FORSC ariyamiriza ibikorwa vya CVR avugako uwo mugwi uriko ukorera umugambwe CDDFDD.