
Ikiganiro umubano N°006 : Umuryango ugira usamburwe n’ukwizerana cane
Mu kiganiro c’uno munsi tubaganirira ubuzima bw’umuryango ushobora gusambuka : umugabo asigaye ari umukene inyuma y’imyaka cumi abana n’umugore wiwe bivuye …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Mu kiganiro c’uno munsi tubaganirira ubuzima bw’umuryango ushobora gusambuka : umugabo asigaye ari umukene inyuma y’imyaka cumi abana n’umugore wiwe bivuye …
Soma ibikurikiraMu Carama, zone Kinama komine Ntahangwa iri mugisagara ca Bujumbura hari ihinguriro ryitwa Fungus rihingura ifu ryidogerwa n’abanyagihugu ko rigiye …
Soma ibikurikiraMugihe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yatanze ikigongwe kubanyororo barenga 5000 kw’igenekerezo rya 5 Ntwarante 2021 kandi akaba atanumwe arerekurwa gushika …
Soma ibikurikiraKuri uyu wa 2 Ndamukiza 2021, abaharanira agateka ka zina muntu n’abamenyeshamakuru uko baciriwe urubanza ari 12 na sentare ntahinyuzwa …
Soma ibikurikiraMuri komine Mugamba intara ya Bururi hamaze imisi havugwa abantu bafatwa bakagirirwa nabi na komisiri Arakaza Moïse batazira Nyeganyega arongoye …
Soma ibikurikiraHari umuryango upanze mu gisagara ca Bujumbura, umugabo yaronse akazi keza ruguru haraciye imyaka itatu. Umugore yaranse kumusangayo ngo babaneyo. …
Soma ibikurikiraAbakunzi b’ikinyamakuru Itara Burundi badutohoreje imigwi y’abantu basahura abanyagihugu biciye mukubatangisha amafaranga y’ibiturire, ukubambura hakoreshejwe urwenge ahandi bakibwa bakagirizwako aribo …
Soma ibikurikiraKumusi wa gatatu igenekerezo rya 17 ntwarante 2021 hari umunyagihugu yandikiye ikinyamakuru Itara Burundi adusabako twomutangira ubutumwa bukazoshikira umukuru w’igihugu …
Soma ibikurikiraUmugabo yagiye kukazi yibagirira terefone muhira, umugore asigara arasoma ubutumwa burimwo, asanga uwo mugabo yandikiraniye n’umuhabara aca arashavura, siwe yabonye …
Soma ibikurikiraUmukuru w’inama nshingamateka y’uburundi Hon. Gelase Daniel Ndabirabe yamenyeshejeko ubutegetsi bwamaze gufatira ingingo abantu basengera muvyumba vy’amasengesho. Hari mw’ishengero rya …
Soma ibikurikira