
Burundi: « Agashimwe k’ibimenyeshamakuru 2020 k’agahemo. »
Ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka ka zina muntu Human Rights Watch, HRW ryashize ahabona amakenga mw’itangwa ry’ubushimwe ku bamenyeshamakuru buheruka gutangwa …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka ka zina muntu Human Rights Watch, HRW ryashize ahabona amakenga mw’itangwa ry’ubushimwe ku bamenyeshamakuru buheruka gutangwa …
Soma ibikurikiraMugihe ikiringo co gutorerako amakarata y’amatora umugwi CENI wagerageje kugihuza n’umwanya wo kwiyamamaza, hongeyeko ko abanywanyi b’imigambwe itavuga rumwe na …
Soma ibikurikiraMugihe kuwa gatandatu igenekerezo rya 02 Rusama 2020 hitezwe Aghaton Rwasa, umukuru w’umugambwe CNL mu ntara ya Cankuzo mu myiyamamazo …
Soma ibikurikiraAmasendika n’inani z’amasendika zikorera mu Burundi zarasohoye itangazo kw’igenekerezo rya 24/4/2020 ziyamiriza imvugo z’abanyepolitike bashikiriza amajambo atumbereye gusambura amasendika aharanira …
Soma ibikurikiraMugihe havugwa ubukene bw’ibikoresho vyo kwikingira ikiza ca CORONAVIRUS mubitaro no mu mavuriro hiryano hino mu gihugu, reta ibicishije mu …
Soma ibikurikiraAbanyagihugu bamaze imisi bidogera abapolisi ko bariko bagira uruhara mw’ikwiragizwa ry’ikiza ca CORONAVIRUS (COVID19) biciye mubikorwa vyabo vya misi yose …
Soma ibikurikiraMugihe abarundi n’amakungu bitezeko haba amatora mu Burundi guhera kw’igenekerezo rya 20 rusama 2020, abasoda n’abapolisi bahoze bagwanira CNDDFDD ikiri …
Soma ibikurikiraMu gihe amatora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abahanuzi b’amakomine azoba kw’igenekerezo rya 20/5/2020, ikiringo co kwiyamamaza mur’ivyo bibanza gitegekanijwe kuva kw’igenekerezo …
Soma ibikurikiraInyuma yaho umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD usohoreye indirimbo n’amajambo vyinshi ryo gucanishamwo abarundi, bamwe bakitwa aberanda abandi aba PDC, …
Soma ibikurikiraUbushikiranganji bw’imigenderanire y’uburundi n’ayandi makungu bwandikiye abaserukira uburundi mumakungu kur’uyu wa 15 ndamukiza 2020 ko umugwi CENI itagitunganije amatora hanze …
Soma ibikurikira