Skip to content
Top Menu
31/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Étiquette : Amakuru

Ubudandaji

#Burundi : Abavunjayi batanu, imodoka zitandatu hamwe n’amafaranga birapfunzwe

02/03/202102/03/2021 - by Jérôme

Hamaze imisi hafatwa abavunjayi mu gisagara ca Bujumbura, amafaranga, imodoka vyose bigapfungwa. Abashika batanu n’imodoka zitandatu bakaba bapfunzwe hamwe n’amamiriyoni …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : “Yemeza ivyaha abantu kunguvu, bigateza urubwa reta mvyeyi.”

25/02/202125/02/2021 - by Jérôme

Mugihe havugwa abapfunzwe ibihumbi n’ibihumbi bazira ivyiyumviro vyabo, Komiseri Ndayizeye Christophe atwara inyamiramabi zo muri BSR aravugwako ari mubemeza ivyaha …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Mu mezi umunani, ingingo yanyarutse gushirwa mungiro muzafashwe na reta.

17/02/202117/02/2021 - by Jérôme

Mugihe havugwa ubukene mugihugu cose, umushikiranganji Gervais Ndirakobuca arongoye ubushikiranganji butatu : Ubw’intwaro yo hagati mu gihugu, ubw’umutekano n’ubw’iterambere ridakumira …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi: Musitanteri w’i Gishubi « yafashe ingingo zihonyanga akateka ka zina muntu »

08/02/202108/02/2021 - by Jérôme

Ingingo Marie Chantal Nduwayezu, Musitanteri wa komine Gishubi intara ya Gitega yafashe ngo muntumbero y’ukurwanya ingeso mbi y’ubuhumbu, uguharika ,ugucikira …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Urwego rujejwe kugenzura ibimenyeshamakuru mu Burundi rwakoranije abarongoye ibimenyeshamakuru biri mu bihano.

01/02/202101/02/2021 - by Jérôme

Inyuma y’akamo katewe n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye kundwi iheze gafatwa nk’iregeko kasaba urwego CNC kuganira n’abarongoye ibimenyeshamakuru biri mu bihano, …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Imbonerakure zo mu Cankuzo zibiri imwe irapfunzwe iyindi yarahunze inyuma yo guhakwa kwica umuntu.

27/01/202127/01/2021 - by Jérôme

Mugihe uwitwa Gilbert akora muri REGIDESO Cankuzo hamwe na Oscar yahora agendanira umushingamateka Anglebert Ngendabanka, bose bo murwaruka rw ‘umungambwe …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi: Ivyo kurekura abanyororo vyatanguye gutera amakenga, zénon Nicayenzi yasubiriye gufatwa

04/01/202104/01/2021 - by Jérôme

Kur’uyu wa 04 nzero 2021 uwitwa Zénon Nicayenzi wo muri zone Shombo komine n’intara ya Muramvya yafashwe n’imbonerakure mugihe yaramaze …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Gukwiragiza abakozi ba reta no guhindura reta : Umutego uhanze reta irongowe na Gen Evariste Ndayishimiye.

24/12/202024/12/2020 - by Jérôme

Uyu mwaka wa 2020 ugiye kurangira reta irongowe na Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu akaba n’ umukuru w’umugambwe #CNDDFDD ihanzwe no …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

Hari abana bavutse bafatanye bakeneye gufatanurwa.

30/11/202030/11/2020 - by Jérôme

Hari umugore wo muntara ya Ruyigi yibarutse abana bafatanye munda(bébés siamois mururimi rw’igifaransa) baciye bajanwa mubitaro vya Roi Khared i …

Soma ibikurikira
Politike

Coup d’État ya mbere mu Burundi. Ijoro ry’uwa 18 rishira uwa 19 gitugutu 1965. Urugendo rwashize Uburundi mu minwe y’abasirikare.

20/10/201913/12/2021 - by Jérôme

Ukwezi kw’icumi ni kumwe mu mezi atoroheye Uburundi. Turetse ko twakubuzemwo incungu z’igihugu, Umuganwa Rwagasore na Prezida Ndadaye, ni nakwo …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 10 11 12 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 997)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 087)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 430)
Copyright © 2025 Itara Burundi.