Burundi : Ubwoba bw’intambara : Amasengesho ahushanye mu migambwe CNDDFDD na CNL yatanguye.
Kur’uyu wa 28 rusama 2020 umugambwe CNDDFDD uri kubutegetsi watanguye amasengesho i Gitega azomara imisi itatu yo gushimira imana intsinzi …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Kur’uyu wa 28 rusama 2020 umugambwe CNDDFDD uri kubutegetsi watanguye amasengesho i Gitega azomara imisi itatu yo gushimira imana intsinzi …
Soma ibikurikira
Mw’itangazo inama y’abepisikopi katolika bo mu Burundi bashize ahabona kuvyerekeye amatora yabaye kw’igenekerezo rya 20/5/2020 baribaza nimba ibiharuro vyayavuyemwo bitazohava …
Soma ibikurikira
Kw’igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi w’igihugu ujejwe amatora CENI warashikirije ibiharuro mfatakibaza vyavuye mumatora y’abashingamateka yabaye kuwa 20 rusama …
Soma ibikurikira
I Bujumbura kuri Hotel Club du Lac Tanganyika kuri uyu wambere igenekerezo rya 25 rusama 2020, umugwi wigenga ujejwe gutunganya …
Soma ibikurikira
Mugihe abarundi baziduka baja mumatora yambere menshi azobera rimwe kur’uyu wa 20 rusama 2020, abanywanyi b’umugambwe uri kubutegetsi baraye muruhagarara …
Soma ibikurikira
Kubiro bijejwe gutanga amakarata y’amatora biri muri komine n’intara ya Cankuzo, imbonerakure y’umugabwe CNDDFDD ejo kw’igenekerezo rya 11 rusama 2020 …
Soma ibikurikira
Mugihe ikiringo co gutorerako amakarata y’amatora umugwi CENI wagerageje kugihuza n’umwanya wo kwiyamamaza, hongeyeko ko abanywanyi b’imigambwe itavuga rumwe na …
Soma ibikurikira
Mugihe abarundi n’amakungu bitezeko haba amatora mu Burundi guhera kw’igenekerezo rya 20 rusama 2020, abasoda n’abapolisi bahoze bagwanira CNDDFDD ikiri …
Soma ibikurikira
Mu gihe amatora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abahanuzi b’amakomine azoba kw’igenekerezo rya 20/5/2020, ikiringo co kwiyamamaza mur’ivyo bibanza gitegekanijwe kuva kw’igenekerezo …
Soma ibikurikira
Mw’itangazo umugambwe w’imbogoraburundi PARENA washize ahabona kw’igenekerezo rya 04 ndamukiza 2020 usaba inama nshingamateka kwerekana aho uhagaze mukuvuga Ego canke …
Soma ibikurikira