Skip to content
Top Menu
01/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Étiquette : CNDDFDD

Politike / Umubano

Burundi: Imbonerakure zoba ziteguriye kwiba amatora ya 2020 no kumara abo batavugakumwe

18/08/201918/08/2019 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatandatu igenekezo rya 17 myandagaro 2019 urwaruka rw’umugambwe CNDDFDD uri ku butegetsi rwaraye rusozereye indwi yahariwe Imbonerekure aho …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Imbonerakure, urwaruka rw’umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD zoba zigiye kwinjizwa mugisirikare ca reta.

06/08/201907/08/2019 - by Jérôme

Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 6/8/2019 hategekanijwe inama y’igihutihuti ku barongoye imbonerakure z’umugambwe CNDDFDD mu gisagara ca Bujumbura aho ibijanye …

Soma ibikurikira
Politike

Imyaka itanu igira ihere ata mushikirangaji n’umwe ava mu ntara ya #Cankuzo agenywe muri reta y’u #Burundi

22/07/201922/07/2019 - by Jérôme

Mugihe Évariste Ndayishimiye, umunyamabanga mukuru w’umugambwe uri kubutegetsi #CNDDFDD aherutse kugendera intara ya #Cankuzo kwugurura ingoro y’uwo mugambwe, yabwiye abanyagihugu baho aribo …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Intererano z’amatora ya 2020, zarakwiye ariko zibandanya zakwa abanyagihugu.

18/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yashikirije ijambo kw’igenekerezo rya 01 mukakaro 2019 avugako intererano z’amatora ya 2020 zakwiye ariko nk’uko amakuru …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Umushingamateka Hussein Radjabu yahoze arongoye umugambwe CNDDFDD, ntacidegemvya.

11/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Amakuru dukura mu begereye Hussein Radjabu yahoze arongoye umugambwe CNDDFDD uri ku butegetsi, umushingamateka Hussein Radjabu, avugako aheruka gufashwe n’abajejwe …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

#Burundi: Ihamwa ry’amasengero muntumbero yo kugumiza petero nkurunziza kubutetsi

11/07/201920/07/2019 - by Jérôme

#Burundi: Ihamwa ry’amasengero muntumbero yo kugumiza petero nkurunziza kubutetsi Umugambwe CNDDFDD wategekanije ibikorane mu gisagara ca Bujumbura vyatanguriye muri komine …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Abarundi barikuyeko intwaro y’« ibihume bihumeka » ?

09/07/201920/07/2019 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 01 mukakaro 2019 uburundi buhimbaza imyaka 57 iheze bwikukiye, reta ya CNDDFDD yarahinduye ibintu vyinshi harimwo n’icivugo w’uburundi ; …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ivy'Imana

#Burundi: Reta ishaka kwigarurira amashengero no kuyatwara amafaranga kugira izoyakoreshe mu matora ya 2020.

12/05/201920/07/2019 - by Jérôme

Abarongoye ishengero ry’aba adventiste bo ku musi w’indwi kw’isi yose bafise icicaro muri reta zunze ubumwe za amerika, bamaze kwumva …

Soma ibikurikira
Indero / Politike

Burundi : Abajejwe indero mu makomine y’intara ya Cibitoke basabwa kwegeranya ibitasi vyo guterera amatora ya 2020 vy’abo batwara.

25/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mugihe  ibitasi vyo guterera amatora ya 2020 abanyeshure bo mu ntara ya Cibitoke barihiyeko bibitswe ku mashure yabo, abajejwe indero …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Indero

#Burundi: Abigisha basigaye bacungwa n’imbonerakure ziri mu mashure bigisha.

03/01/201920/07/2019 - by Jérôme

Mumashure yose yo mu gihugu harashinzwe ama komite y’abanyeshure bari mu muhari w’imbonerakure zijejwe kuza ziradoma urutoke ku bigisha bagize …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 4 5 6 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 000)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 092)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 438)
Copyright © 2025 Itara Burundi.