Uganda: Nta mpunzi icemerewe kwugurura umuhora wo gutumatumanako hakoreshejwe terefone canke #internet, #SIM card.

#Uganda Communication Commission (UCC); urwego rujejwe kumenyesha amakuru ruherutse gufata ingingo yo guhagarika kwandika ama cartes #SIM mashasha kubakoresha ivyangombwa vy’impunzi.

Aho n’inyuma yaho hibonekeje abagizi banabi bakoresha ivyangombwa vy’impunzi vya magendo bakurikiranywe bagasanga sizo.
Tubamenyesheko abari bararonse cartes #SIM atari ubwoba ntanumwe barahagarikira umuhora wiwe nk’uko amakuru dukura mu Buganda abivuga.