Kur’uyu wa 31 mukakaro 2020, umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abasitanteri bashasha bagiye kurongora amakomiye mu gihugu cose.
Mur’abo bagenywe abenshi bava mumugambwe CNDDFDD uri kubutegetsi kandi abatari bake muribo baracari bato mumyaka.
Raba urutonde rwabo kuntara kuntara, ikomine kuyindi:
INTARA YA BUBANZA
AMAKOMINE:
- BUBANZA: NIYONKURU Olive
- GIHANGA: NDAYISABA Léoplod
- MPANDA: NIBITANGA Nadine
- MUSIGATI:NDAYISABA Déo
- RUGAZI: NYANDWI Isaac
INTARA YA BUJUMBURA
AMAKOMINE
- ISARE:NIYONKURU Gilbert
- MUGONGO-MANGA:NDAYISABA Consolate
- NYABIRABA: SIMBANANIYE Ferdinand
- MUKIKE : MANIRAKIZA Frédéric
- KABEZI: HABONIMANA Espérance
- MUTAMBU: NIYONGABO Jean Pierre
- KANYOSHA: NTAHOMVUKIYE Geneviève
- MUTIMBUZI: BUTOYI Siméon
- MUBIMBI: HARIMENSHI Dismas
INTARA YA BURURI
AMAKOMINE:
- BURURI: NIYONGABO Félix
- MATANA: NKUNZIMANA Dieudonné
- MUGAMBA: NTAHOMBAYE Venuste
- RUTOVU: NDAYIKEZA Josette
- SONGA: NGENDAKURIYO Damien
- VYANDA: NSHIMIRIMANA Alexis
INTARA YA CANKUZO
AMAKOMINE:
- CANKUZO: IRAKOZE Chantal
- CENDAJURU:SINDAYIGAYA Paulin
- GISAGARA: NITUNGA Gratien
- KIGAMBA: NIBOGORA Anitha
- MISHIHA: NZOYISABA Frédéric
Province CIBITOKE
Communes:
- BUGANDA: HAKIZIMANA Pamphile
- BUKINANYANA:NKURIKIYE Christian
- MABAYI: NDAHABONYIMANA Nicodème
- MUGINA: NDAYIHAYA Julienne
- MURWI:NZOKIZWANAYO Melchiade
- RUGOMBO: MANIRAKIZA Gilbert
INTARA YA GITEGA
AMAKOMINE:
- BUGENDANA: BUKURU Béatrice
- BUKIRASAZI:NIYIMURIKIRA Eric
- BURAZA: NIYONGABO Désiré
- GIHETA: NINAHAZA Micheline
- GITEGA: Dr NDUWIMANA Jacques
- GISHUBI: NDUWAYEZU Marie Chantal
- ITABA: NYANDWI Domitien
- MAKEBUKO: KANYAMUNEZA Yvette
- MUTAHO:NIHORIMBERE Melchiade
- NYARUSANGE: NDAYISENGA Innocent
- RYANSORO:SINZOBASHIGWAKO Joseph
INTARA YA KARUSI
AMAKOMINE
- BUGENYUZI:MUCOWERA Jacques
- BUHIGA: BACABASEME Thérance
- GIHOGAZI: NDIKIMINWE Frédéric
- GITARAMUKA: NDAGIJIMANA Pascaline
- MUTUMBA: RUZOBAVAKO Euphrasie
- NYABIKERE: MUREKERISONI Claudine
- SHOMBO: NIZIGIYIMANA Pierre
INTARA YA KAYANZA
AMAKOMINE:
- BUTAGANZWA: KANYANA Janvière
- GAHOMBO: NTUNZWENAYO Sylvestre
- GATARA: GAKUYANO Sylvane
- KABARORE: NSAGUYE Belchmans
- KAYANZA: NYANDWI Gilbert
- MATONGO: NSABIYUMVA Alice
- MUHANGA: NDUWIMANA Lambert
- MURUTA: HICIMANA Audace
- RANGO: BABAHOKUBWAYO Deus
INTARA YA KIRUNDO
AMAKOMINE:
- BUGABIRA: TWIZERIMANA Eric
- BUSONI: NSAVYIMANA Dismas
- BWAMBARANGWE: KANYONI Jean Claude
- GITOBE: DUSABE Géorgine
- KIRUNDO: HABIMANA Viateur
- NTEGA: HITIMANA Marin
- VUMBI: KANKINDI Jenipher
IGISAGARA CA BUJUMBURA
AMAKOMINE:
- MUHA: NDAYISENGA Dévote
- MUKAZA: SINDAYIHEBURA Rénovat
- NTAHANGWA: NIYONZIMA Ernest
INTARA YA MAKAMBA
AMAKOMINE:
- KAYOGORO: NAYIRAGIJE Antoine
- KIBAGO: INARUKUNDO Espérance
- MABANDA NDIKURIYO David
- NYANZA-LAC: IRANKUNDA Marie Goreth
- VUGIZO: HAKIZIMANA Gérard
- MAKAMBA: IRAKIZA Zuena
INTARA YA MURAMVYA
AMAKOMINE:
- BUKEYE: NDIKUMASABO Euphrem
- KIGANDANDIKUBWAYO Omer
- MBUYE: NDAYISASIRIRE Evelyne
- MURAMVYA: NDUWAYEZU Espérance
- RUTEGAMA: NIYIMBONA Stany
INTARA YA MUYINGA
AMAKOMINE:
- BUHINYUZA: NDAYISABA Espérance
- BUTIHINDA: RUBERANDINZI Rénovat
- GASHOHO: KABATESI Faousia
- GASORWE: NIYONIZIGIYE Dieusonné
- GITERANYI: NDAGIJIMANA Janvier
- MUYINGA: MISAGO Amedée
- MWAKIRO: BARANYANKA Josélyne
INTARA YA MWARO
AMAKOMINE:
- BISORO: NTANGAMAJERI Diomède
- GISOZI: NAHISHAKIYE Déogratias
- KAYOKWE: HATUNGIMANA Honorée
- NDAVA: NDENZAKO Aloys
- NYABIHANGA:NTUNZENIMANAdrien
- RUSAKA: KANEZA Carine
INYARA YA NGOZI
AMAKOMINE:
- BUSIGA: NAHIMANA Joseph
- GASHIKANWA: NIBIZI Théophole
- KIREMBA: SEBIGO Pascal
- MARANGARA: NSHIMIRIMANA Goreth
- MWUMBA:MANARIYO Jérémie
- NGOZI: BUCUMI Joseph Martin
- NYAMURENZA: NIZIGIYIMANA Césalie
- RUHORORO: BIRUKUNDI Mamerthe
- TANGARA: HANYAGAMAGARA Salvator
Province RUMONGE
Communes:
- BUGARAMA: KARORERO Charles
- BURAMBI: NDAYIZEYE Marie Fabiola
- BUYENGERO: NDUWAYO Gratien
- MUHUTA: NTUNZWENIMANA Domithile
- RUMONGE: NITANGA Célestin
Province RUTANA
Communes:
- BUKEMBA: TWAGIRAYEZU Françoise
- GIHARO: NIHIMBAZWE Lydie
- GITANGA: NKENGURUTSE Onésime
- MPINGA-KAYOVE: KANYONI Philipe
- MUSONGATI: NIYOYITUNGIRA Claudine
- RUTANA: NTAHIMPERA Eric
Province RUYIGI
Communes:
- BUTAGANZWA: NDARUFATIYE Rémy
- BUTEZI: BAHORA Dominique
- BWERU: NIBITANGA Diane
- GISURU: NINGANZA Gad
- KINYINYA: KWIZERA Fulgence
- NYABITSINDA: AHISHAKIYE Anastasie
- RUYIGI: SEMUGARA Antoinette
Tubamenyesheko umusitanteri ariwe afise ijambo rya nyuma mw’ikomine, abari munama mpanuzwajambo ya komine atabubasha bagifise bwo kumubogoza. Akoze nabi bagira inama bagasaba ko ahindurwa.