Amarira ya Alice Kanyana yibungenze inda y’amahasa

Alice Kanyana yahawe akazi n’umushikiranganji w’indero hanyuma uwujejwe indero hamwe na Buramatari mu ntara ya Muramvya mu kwezi kwa gatanu 2023 Buramatari yoba yaciye ahashira uwiwe hanyuma abwira uwujejwe indero mu ntara ko yokwandikako uwo Alice Kanyana yapfuye.

Umviriza aya majwi uheze ugire ico ubivuzeko. Ukaba uzi umuntu yoba yararenganijwe nk’uyu twandikire kuri mail: itaraburundi2014@gmail.com