Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Indero / Ubutunzi

Burundi: Ikirangaminsi c’umwaka w’ishure 2020- 2021 casohotse.

02/09/202002/09/2020 - by Jérôme

Umushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi yaraye asohoye ikirangaminsi c’umwaka w’ishure 2020-2021 kumashure matomato n’ayisumbuye yo mu Burundi, uwo mwaka wishure ukazotangura kundwi …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Umunyagihugu wo mu Kamesa yoba aheruka kwubaka kukinogo rusangi c’abantu bari hagati ya 40 na 70.

01/09/202001/09/2020 - by Jérôme

Muri karitiye ya Kamesa ya kabiri, kwihuriro ry’amabarabara(rond point) aho bita mu gishinwa,zone Musaga, komine Muha iri mu gisagara ca …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Abanyagihugu barenga 50 baramaze gufatwa n’abajejwe umutekano muntara kama ya Mugamba

31/08/202031/08/2020 - by Jérôme

Abapolisi n’abasoda bamaze imisi bafata abantu bakabapfunga abandi bakabatwara ahatazwi muntara kama ya Mugamba bagirizwa gukorana n’imirwi y’abarwanyi. Abarenga 50 …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Intonde zerekana aho abanyeshure batoye ikibazo co mu w’icenda bazobandaniriza amashure y’inyuma y’ishure shingiro zasohotse.

30/08/202030/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 30 Myandagaro 2020 umurwi wo mubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi ujejwe gukwirakwiza abanyeshure batoye ikibazo ca reta co …

Soma ibikurikira
Amakuru / Ubutungane

Burundi: Ingurube zo mw’ibohero ryo mu Rumonge zaratewe iteka n’umukuru w’igihugu kurusha benezo.

29/08/202029/08/2020 - by Jérôme

Mugihe kubona umukuru w’igihugu amaso mu yandi, abanyagihugu benshi babifata nko guterwa iteka ridasanzwe, kw’igenekerezo rya 27 myandagaro 2020, ingurube …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi / Umutekano

Burundi: Hari ibikorwa vyahagaritswe kumabarabara ya RN1 n’iryitiriwe Mwezi Gisabo mu gisagara ca Bujumbura.

29/08/202029/08/2020 - by Jérôme

Mu ntumbero yo gushira mungiro itegeko ryasohowe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura, kuwa kane igenekerezo rya 27 Myandagaro 2020, musitanteri wa …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

Burundi: Abanyagihugu barara ntibuca mu ntara zitatu.

28/08/202029/08/2020 - by Jérôme

Umutekano muke niwo urangwa muntara za Bururi, Rumonge na Bujumbura kuva aho umurwi witwaje ibirwanisho winjiriye mu gihugu kuw’Imana uheze …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Kaminuza yitwa International University of Equator yarahagaritswe amezi atatu.

28/08/202028/08/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 26 myandagaro 2020, International University of Equator, kaminuza iri mu gisagara ca Bujumbura kuva 2015, yahagaritswe ikiringo c’amezi …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Umunezero udasanzwe ku mpunzi zababa 490 zahungutse zivuye mu Rwanda muzirenga 33OO00 zikiri hanze y’igihigu.

27/08/202027/08/2020 - by Jérôme

Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 myandagaro 2020, impunzi zababa 490 zatahutse zivuye mugihu kibanyi c’u Rwanda aho zari …

Soma ibikurikira
Amakuru / Umutekano

Burundi : Intambara : Ubwoba ni bwinshi mubanyagihugu bo muri komine Mugamba.

27/08/202027/08/2020 - by Jérôme

Ku misozi ya Mukike na Kivumu iri muri komine Mugamba intara ya Bururi hamaze imisi ibiri hanyuragirana abasoda n’abapolisi, bariko …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 25 26 27 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 607)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 422)
Copyright © 2026 Itara Burundi.