Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu / Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Imyiyerekano mw’ibohero ry’i Muyinga

04/07/202004/07/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa gatatandatu igenekerezo rya 04 mukakaro 2020 hazindutse uruhagarara mw’ibohero ry’i Muyinga bivuye kundya zaheze, abanyororo ba bagaca bagira …

Soma ibikurikira
Impunzi

Burundi : Gutahukana impunzi.

02/07/202002/07/2020 - by Jérôme

Igihugu ca Tanzaniya casubiriye kugira umugambi kwirukana impunzi z’abarundi bari bahingiyeyo nayo igihugu ca Uganda naco kimenyeshako uburyo bwo gufasha …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Imyibutsa 25 n’amajambo dusanga mw’ijambo umukuru w’igihugu Evariste Ndashimiye yashikirije.

30/06/202030/06/2020 - by Jérôme

Mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 iheze uburundi bwikukiye, umukuru w’igihugu yashiririje ijambo abarundi inyuma yo kurahiza abagize reta shasha …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Ijambo ryashijirijwe na Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu buca hahimbazwa imyaka 58 uburundi bwikukiye.

30/06/202030/06/2020 - by Jérôme

Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi; 1. Imyaka mirongo itanu n’umunani irarumanye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira. Imana Mushoboravyose nihabwe icubahiro kiyibereye.  Tuyisabe …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Inkuru y’umubabaro i Gitega.

30/06/202030/06/2020 - by Jérôme

Umusore yitwa Aristide batazira TIDE yaba muri karitiye Yoba mugisagara ca Gitega bavyutse basanga yapfuye ejo kw’igenekerezo rya 29 ruheshi …

Soma ibikurikira
Amakuru / Politike

Burundi : Umukuru w’igihugu yagenye abagize reta.

28/06/202029/06/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 28 ruheshi 2020, umukuru w’igihugu , Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abashikiranganji 15 bagize reta y’uburundi aho bamwe bahoramwo …

Soma ibikurikira
Politike / Ubutunzi

Burundi : Intwaro ya Évariste Ndayishimiye ibarambiye kare.

28/06/202028/06/2020 - by Jérôme

Inyuma yo gushingura umuhisi Petero Nkurunziza kw’igekekerezo rya 28 ruheshi 2020, umugambwe CNDDFDD yaturukamwo, igisata ca Bujumbura basabwa kumara imisi …

Soma ibikurikira
Amakuru / Umubano

Burundi : Ubugizi bwa nabi burengeje urugero i Muramvya.

28/06/202028/06/2020 - by Jérôme

Mw’ijoro ryo kuwa 26-27 ruheshi 2020 kumutumba Gishubi agacimbiri Gasenyi, zone Ryarusera komine n’intara ya Muramvya abagizi banabi baraturiye inka …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi: Igisoda c’uburundi casohoye itangazo kuvyavuzwe n’igisoda c’urwanda

27/06/202027/06/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 27 ruheshi 2020, igisoda c’urwanda cazindutse kimenyeshako hari umugwi w’abagwanyi wateye mubumanuko bw’ico gihugu uvuye mu Burundi uca …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi: Imishamirano hagati y’uburundi n’urwanda irabandanya.

27/06/202027/06/2020 - by Jérôme

Mur’iri joro ryakeye rishira uwa 27 ruheshi 2020, havugwa abagizi ba nabi bateye urwanda bavuye bongera basubira mu Burundi hapfamwo …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 29 30 31 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 568)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 608)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 427)
Copyright © 2026 Itara Burundi.