Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Amatora ya 2020

Burundi: « Umuntu ashobora kurima akarimarima. » amatora yaraye abaye.

21/05/202021/05/2020 - by Jérôme

Mugihe amatora yaraye abereye rimwe ari atatu mugihugu cose kur’uyu wa 20 rusama 2020, gushika ubu abarundi benshi baracibaza uwaraye …

Soma ibikurikira
Amatora ya 2020

Burundi: Ijoro rirerire ry’ubwoba no kwiba amatora.

19/05/202019/05/2020 - by Jérôme

Mugihe abarundi baziduka baja mumatora yambere menshi azobera rimwe kur’uyu wa 20 rusama 2020, abanywanyi b’umugambwe uri kubutegetsi baraye muruhagarara …

Soma ibikurikira
Amatora ya 2020 / Politike

#Burundi: Ico umugwi CENI udashakako abantu bamenya.

14/05/202014/05/2020 - by Jérôme

Philippe Nzobonariba avugira umugwi wigenga ujejwe gutunganya amatora aheruka kwigisha akoresheje amasanamu uko abantu bazotora kw’igenekerezo rya 20/5/2020 ariko hari …

Soma ibikurikira
Amatora ya 2020 / Politike

Burundi : Ubanze ufate imbavu imbere yo gusoma uko imbonerakure ziriko ziba amatora.

12/05/202012/05/2020 - by Jérôme

Kubiro bijejwe gutanga amakarata y’amatora biri muri komine n’intara ya Cankuzo, imbonerakure y’umugabwe CNDDFDD ejo kw’igenekerezo rya 11 rusama 2020 …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

CORONAVIRUS muri kaminuza y’uburundi

09/05/202009/05/2020 - by Jérôme

Inyuma yaho umuyobozi w’igisata c’ubuganga(Médecine) muri kaminuza y’uburundi afatiye ingingo zo kwirinda CORONAVIRUS kubasoma ibitabo birangiza amashure, hari umunyeshure yaraye …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi: « Agashimwe k’ibimenyeshamakuru 2020 k’agahemo. »

07/05/202007/05/2020 - by Jérôme

Ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka ka zina muntu Human Rights Watch, HRW ryashize ahabona amakenga mw’itangwa ry’ubushimwe ku bamenyeshamakuru buheruka gutangwa …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Ubusuma bw’amatora mw’itangwa ry’amakarata y’amatora.

01/05/202001/05/2020 - by Jérôme

Mugihe ikiringo co gutorerako amakarata y’amatora umugwi CENI wagerageje kugihuza n’umwanya wo kwiyamamaza, hongeyeko ko abanywanyi b’imigambwe itavuga rumwe na …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi : Imyiyamamazo ya Rwasa Aghaton mu Cankuzo itegekanijwe kuwa gatandatu bihuriyehe n’inyuruzwa rya Arcade Butoyi?

30/04/202001/05/2020 - by Jérôme

Mugihe kuwa gatandatu igenekerezo rya 02 Rusama 2020 hitezwe Aghaton Rwasa, umukuru w’umugambwe CNL mu ntara ya Cankuzo mu myiyamamazo …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye / Politike

Burundi: Amatati hagati ya Évariste Ndayishimiye n’abakozi atanguye kare.

26/04/202026/04/2020 - by Jérôme

Amasendika n’inani z’amasendika zikorera mu Burundi zarasohoye itangazo kw’igenekerezo rya 24/4/2020 ziyamiriza imvugo z’abanyepolitike bashikiriza amajambo atumbereye gusambura amasendika aharanira …

Soma ibikurikira
COVID19 / Politike

Burundi : #CORONAVIRUS irerekanye urukundo abanyepolitike bakunda abanyagihugu.

25/04/202010/07/2020 - by Jérôme

Mugihe havugwa ubukene bw’ibikoresho vyo kwikingira ikiza ca CORONAVIRUS mubitaro no mu mavuriro hiryano hino mu gihugu, reta ibicishije mu …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 33 34 35 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 422)
Copyright © 2026 Itara Burundi.