Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu / Politike / Ubutunzi / Umubano / Umutekano

Inama nshingamateka y’ubumwe bwa bulaya yemeje ingingo zikomeye ku Burundi

16/01/202016/01/2020 - by Jérôme

Kur’uno wa kane igenekerezo rya 16 nzero 2020, inama nshingamateka y’ubumwe bwa bulaya yemeje ingingo zikomeye ku Burundi aho isaba …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi / Ubutungane

Burundi : Umushikiranganji w’ubutungane yaratanze inyubakwa za Maison Shalom

16/01/202016/01/2020 - by Jérôme

Inyubakwa imaze kumenyekana ico izokoreshwa munyubakwa z’ikigo Maison Shalom ni iyahora ikoreramwo BCB yo mu Ruyigi igiye gukoreramwo umushikirizamanza wa …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Uwozoserukira umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD ngo azotangwa n’imana.

15/01/202015/01/2020 - by Jérôme

« Uhoraho niwe agira ngw’abarwanire, namwe ni mwinumure gusa .. » ivyo tubisanga mu butumire bwo kwitaba igikorane categuwe n’umugambwe uri kubutegetsi …

Soma ibikurikira
Politike / Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi.

14/01/202014/01/2020 - by Jérôme

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11/01/2019, haruguruwe i Bujumbura kumugaragaro urudandazwa rukorerwa ku buhinga ngurukanabumenyi ruteye amakenga. Urwo rudandaza …

Soma ibikurikira
Indero / Ubutungane

#Burundi: « Abakuru b’amasendika abiri y’abigisha bapfungishijwe n’urunani rutemewe n’amategeko. »

12/01/202012/01/2020 - by Jérôme

Inyuma yo gupfungisha abigisha Antoine Manuma na Gérard Niyongabo barongoye amasendika SYGEPEBU na SEPEDUC kundwi iheze n’inyuma yaho umugwi ujejwe …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ariko aragaba inka n’amafaranga.

11/01/202011/01/2020 - by Jérôme

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 11/01/2020, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagabiye inka abategetsi batari bake bagize reta y’uburundi iyari …

Soma ibikurikira
Intwaro ibereye

Burundi: Abarondera impapuro z’inzira mugipolisi kijejwe uruja n’uruza, PAF, baridogako hakora ikimenyane n’igiturire.

10/01/202010/01/2020 - by Jérôme

Mur’ino minsi bisigaye bigoye kuronka impapuro z’inzira passeports udafise uwo muzinanye canke ngo utange igiturire mu gipolisi kijejwe uruja n’uruza, …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Burundi : Uwundi mukuru wa sendika y’abigisha yafashwe.

09/01/202009/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’ifatwa rya Antoine Manuma, umukuru wa sendika y’abigisha SYGEPEBU ejo kw’igenekerezo rya 08/01/2020, uno munsi naho hafashwe Gérard Niyongabo …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi : Birihuta: Antoine Manuma arongoye syndicat SYGEPEBU araye mw’iperereza.

08/01/202008/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imisi itatu Victor Ndabaniwe, umuhanuzi mu bushikiranganji bw’indero, akaba atwara ikigega FLE, kijejwe gutegekaniriza uburaro abigisha akongera akaba arongoye …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Abasitanteri b’abatutsi bariko barirukanwa ngo ntibazotekererwe

07/01/202007/01/2020 - by Jérôme

Hari makuru ava mu mugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD amenyeshako abasitanteri bava mu bwoko bw’abatutsi batazotekererwa imiriyoni zitenga cumi (+10millions) uwuhejejeje …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 40 41 42 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 417)
Copyright © 2026 Itara Burundi.