Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Uncategorized

#Burundi: Ibihe bidasanzwe mugisagara ca Bujumbura, ubwoba ni bwinshi cane.

22/11/201924/11/2019 - by Jérôme

Inyuma yaho habereye igitero muntara ya Cibitoke mundwi iheze reta y’uburundi ikacegeka kugihugu c’urwanda , hoba hariko hategurwa ibitero mugisagara …

Soma ibikurikira
Ubururimyi n'ubworozi / Ubutunzi

Burundi : Abikitse mu kiza mukuduza ibiciro ry’ifumbire FOMI bagiye kuvugutirwa umuti.

20/11/201920/11/2019 - by Jérôme

Ikinyamakuru Itara Burundi duherutse kubashikiriza amakenga y’abanyagihugu ko batizeye kwimbura kubera bakoresheje umwavu w’ikizugu uhingurwa n’ishirahamwe FOMI, umushikiranganji w’intwaro yo …

Soma ibikurikira
Ubururimyi n'ubworozi

#Burundi: Hari abafumbije umwavu w’ikizungu uhingurwa na FOMI bazotaha zirayoye.

16/11/201916/11/2019 - by Jérôme

Uyu mwaka w’uburimyi w’agatasi ka 2019, hari abakoresheje ifumbire ry’ikizungu ryakorewe mu Burundi mw’ihinguriro FOMI bamaze kwihebura babonye uko imirima …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi : Imbonerakure zo mu Gikoto zarakubise abasirikare harimwo umunyeshure wo muri ISCAM

14/11/201914/11/2019 - by Jérôme

Mu gasho ka zone Musaga mu gisagara ca Bujumbura, harapfungiwe imbonerakure zirenga cumi kuva kuw’Imana igenekerezo rya 10 gitugutu 2019 …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Uruhigi rw’abanywanyi b’umugambwe CNL rwafashe umuvuduko udasanzwe.

12/11/201912/11/2019 - by Jérôme

Murino misi haravugwa uruhigi rw’abanywanyi b’umugambwe CNL utavuga rumwe n’ubutegetsi aho hari abafatwa bagakubitwa, bagapfungwa abandi bakaburwa irengero. Mugihe abanywanyi …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Kumena amaso vyabaye ndanse mugisirikare c’u #Burundi

11/11/201911/11/2019 - by Jérôme

Kugurana amafaranga yunguka umurengera, ivyo bita « Banque Lambert » abandi bakavyita « Kumena amaso » vyabaye ndanse mugihugu ngo bishike mugisirikare c’uburundi ho …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Amatora y’abizigirwa 5 kumutumba wose wo mugihugu yavyuye icuka kibi muri CNDDFDD

09/11/201909/11/2019 - by Jérôme

Hatunganijwe amatora y’abizigirwa mumugambwe uri kubutegetsi #CNDDDFDD, batanu batanu kumutumba kumutumba, igihugu cose kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09/11/2019. …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umubano

Burundi : Haravugwa ubusuma mw’ibohero rikuru rya Ngozi

06/11/201906/11/2019 - by Jérôme

Abanyororo bo mwibohero rikuru rya Ngozi, mu buraruko bw’uburundi murino misi baridoga ko ibifungurwa vyabaganewe binyuruzwa n’ababarongoye babifashijwemwo n’uwurongoye iryo …

Soma ibikurikira
Uncategorized

#Burundi: Guhungura impunzi gihutihuti bihuriyehe n’amatora yo muri CNDDFDD?

06/11/201906/11/2019 - by Jérôme

Amakuru dukura mumpunzi z’abarundi hirya no hino atumenyesha ko Anicet Niyokuru, yahora muri CNARED ariko aregeranya amazina y’impunzi ngo zitahuke …

Soma ibikurikira
Uncategorized

#Burundi: Impuzi z’abarundi zabujijwe kudandaza

02/11/201902/11/2019 - by Jérôme

Mugihe kuva kw’igenekerezo rya 01/10/2019 amasezerano yo gutahukana impunzi kunguvu yari hagati ya reta ya Tanzaniya n’iy’uburundi yategerezwa kuja mungiro, …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 44 45 46 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 604)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 416)
Copyright © 2026 Itara Burundi.