Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Ubutunzi

Burundi : Inyuma y’ukwezi abanyagihugu atawuronse inyama y’inka, uno musi zabonetse.

11/08/201927/08/2019 - by Jérôme

 Abayangayanga bo kw’isoko nkuru y’intara ya Cankuzo bari mabaze ukwezi batabaga kubera Innocent Ntyandwi musitanteri wa Komine Cankuzo yari yabankiye …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike / Umutekano

Burundi : Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya pilitike agiye kuzogira ico ashikirije abarundi n’amakungu.

09/08/201927/08/2019 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 08/8/2019, mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yaragize ikiganiro aho yarabiye hamwe uko ivyerekeye politike n’agateka ka zina muntu …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

Burundi : Ikiza ca marariya coba arico caraye gihitanye Kacaman, umwana yatwenza cane

09/08/201927/08/2019 - by Jérôme

Umwana yitwa Darcy Iradukunda batazira Kacaman w’imyaka itandatu, yavuka i Gitega akaba yaritavye Imana kur’uyu wagatatu igenekerezo rya 8/8/2019 mwivuriro …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi / Umutekano

Burundi : Abajejwe intwaro muri Komine Ruhororo bariko baburabuza umuryango w’abantu batandatu uheruka guhunguka.

08/08/201927/08/2019 - by Jérôme

Umuryango w’uwitwa Melchiade wari wahunze uva mw’ikambi y’abateshejwe izabo mu Ruhororo mu ntara ya Ngozi warahungutse kundwi iheze ariko abajejwe …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Imbonerakure, urwaruka rw’umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD zoba zigiye kwinjizwa mugisirikare ca reta.

06/08/201907/08/2019 - by Jérôme

Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 6/8/2019 hategekanijwe inama y’igihutihuti ku barongoye imbonerakure z’umugambwe CNDDFDD mu gisagara ca Bujumbura aho ibijanye …

Soma ibikurikira
Ivy'Imana

Burundi : Isirayeli ya kabiri n’inkota y’Imana vyoba bihuriye hehe na politike ?

04/08/201907/08/2019 - by Jérôme

 « Inkota y’Uhoraho yoba izomanuka irazunguruka mu kirere igahitana imitwe y’abantu canke hari abariko barakarisha inkota yo kumara abantu? Hari umuhamagaro …

Soma ibikurikira
Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Abakoresha amafaranga y’amarundi bahawe gushika kw’igenekerezo rya 2/8/2019 

01/08/201901/08/2019 - by Jérôme

Ibanki ya Republika y’uburundi, BRB yaraye yandikiye amabanki n’amashirahamwe yo kuziganya no kuguranana kw’igenekerezo rya 31/7/2019 ikete riyamenyesha ko kuva …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ubutungane

Burundi: Ntayindi nzira y’urukiza ishoboka atari inzira y’ubutungane

30/07/201930/07/2019 - by Jérôme

Ijambo ryashikirijwe n’ishirahamwe AC Génocide Cirimoso igenekerezo rya 27 Mukakaro 2019 rijanye n’umusi wo kwibuka abarundi 648 bishwe bazirako bari …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi : Abasirikare bakaswe imishahara.

29/07/201929/07/2019 - by Jérôme

Nk’uko amakuru ava mu gisirikare c’uburundi FDNB abitumenyesha, abasirikare batari bake basanze imishahara yabo yo  guhera muri uku kwezi kw’indwi …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Ivy'Imana / Politike

Burundi: Abarongoye ishengero ry’aba adventiste bo ku munsi w’indwi ku Muterero bafashwe bubandi

26/07/201926/07/2019 - by Jérôme

Mugihe ishengero ry’aba adventiste bo ku munsi w’indwi mu Burundi bamaze amezi atari make mungorane z’abarirongoye, kuri uyu wa gatanu …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 48 49 50 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 603)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 416)
Copyright © 2026 Itara Burundi.