Uburundi bushobora gukurwa mu muryango wa afrika y’ubuseruko.
Ibihugu vya Sudani y’amaj’epfo be n’uburundi bifise amadeni menshi y’intererano bisabwa kumwaka, ashobora gutuma bikurwa mu muryango w’ibihugu vya Afrika …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Ibihugu vya Sudani y’amaj’epfo be n’uburundi bifise amadeni menshi y’intererano bisabwa kumwaka, ashobora gutuma bikurwa mu muryango w’ibihugu vya Afrika …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa gatatandatu igenekerezo rya 04 mukakaro 2020 hazindutse uruhagarara mw’ibohero ry’i Muyinga bivuye kundya zaheze, abanyororo ba bagaca bagira …
Soma ibikurikiraKwikukira mu Burundi womenga kwabaye kwirukana abazungu bera. Gushika ubu womenga kwikukira ni kwirukana uwo mudasa, mudasangiye ivyiyumviro. Vyadukwegeye kutazopfa …
Soma ibikurikiraIgihugu ca Tanzaniya casubiriye kugira umugambi kwirukana impunzi z’abarundi bari bahingiyeyo nayo igihugu ca Uganda naco kimenyeshako uburyo bwo gufasha …
Soma ibikurikiraMu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 iheze uburundi bwikukiye, umukuru w’igihugu yashiririje ijambo abarundi inyuma yo kurahiza abagize reta shasha …
Soma ibikurikiraBarundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi; 1. Imyaka mirongo itanu n’umunani irarumanye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira. Imana Mushoboravyose nihabwe icubahiro kiyibereye. Tuyisabe …
Soma ibikurikiraUmusore yitwa Aristide batazira TIDE yaba muri karitiye Yoba mugisagara ca Gitega bavyutse basanga yapfuye ejo kw’igenekerezo rya 29 ruheshi …
Soma ibikurikiraKur’uyu wa 28 ruheshi 2020, umukuru w’igihugu , Évariste Ndayishimiye yagenye mumabanga abashikiranganji 15 bagize reta y’uburundi aho bamwe bahoramwo …
Soma ibikurikiraInyuma yo gushingura umuhisi Petero Nkurunziza kw’igekekerezo rya 28 ruheshi 2020, umugambwe CNDDFDD yaturukamwo, igisata ca Bujumbura basabwa kumara imisi …
Soma ibikurikiraMw’ijoro ryo kuwa 26-27 ruheshi 2020 kumutumba Gishubi agacimbiri Gasenyi, zone Ryarusera komine n’intara ya Muramvya abagizi banabi baraturiye inka …
Soma ibikurikira