Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Ivy'Imana

Burundi: Patiri Simoni Ruragaragaza yitavye Imana

24/01/202024/01/2020 - by Jérôme

Inyuma y’imisi itari mike Patiri Simoni Ruragaragaza agwariye mubitaro POLYCEB, yitavye Imana kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 nzezo …

Soma ibikurikira
Politike / Ubutungane

Burundi : Clément Nkurunziza yaraye asabiwe umunyororo wo guherayo ataburanye.

23/01/202023/01/2020 - by Jérôme

Urubanza rwa Clément Nkurunziza yirukanywe muri Amerika kumwaka uheze yimwe ubuhungiro kubera ivyaha yagirizwa rwaraye ruburanishijwe i Ngozi aho apfungiwe …

Soma ibikurikira
Politike / Ubutunzi

Burundi : Petero Nkurunziza azoba aruta umukuru w’igihugu azomusubirira.

22/01/202022/01/2020 - by Jérôme

Mu nteguro z’amategeko 2 inama nshingamateka yemeje kuruno wa kabiri igenekerezo rya 21 nzero 2020 azotuma umukuru w’igihugu atekererwa amafaranga …

Soma ibikurikira
Amagara y'abantu

#Burundi : Iminota yanyuma y’ubuzima bw’abaforoma babiri n’umushoferi baguye muri Dogodogo.

21/01/202021/01/2020 - by Jérôme

Kundwi iheze abaforoma bari bahejeje inyigisho zo kugwanya ikiza #Ebola mu ntara ya #Cibitoke, baragize isanganya mu kiyaga #Dogodogo bariko …

Soma ibikurikira
Ubutungane

Burundi : Petero Buyoya yandikiye umuhuza mu matati y’abarundi amumenyeshako urubanza rw’abagirizwa igandagurwa rya Melchior Ndadaye rutumbereye kwanka gutunganiriza abagirizwa.

20/01/202020/01/2020 - by Jérôme

Mugwandiko uwahoze ari umukuru w’igihugu Petero Buyoya yandikiye umuhuza mu matati y’uburundi, umukuru w’igihugu ca Uganda Yoweli Museveni kw’igenekerezo rya …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi / Ubutunzi / Umutekano

Burundi : Urugendo rutoroheye Pascal Barandagiye mw’ikambi y’i mpuzi z’abarundi i Kakuma muri Kenya.

20/01/202020/01/2020 - by Jérôme

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mugihugu c’uburundi, Pascal Barandagiye yagendeye impunzi z’abarundi zahungiye mugihugu ca Kenya kuri uno wambere igenekerezo rya …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Abakunzi b’indirimbo « Nkundabantu » baraye babuze umuntu w’intwari.

19/01/202019/01/2020 - by Jérôme

Umwe mubaririmvyi babiri bari bagize album « Alfred&Bernard » azwi kw’izina rya Bernard Ndoricimpa yaraye yitavye Imana kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Impunzi

Pascal Barandagiye aritezwe muri Kenya kuri uyu wambere aho azogirisha inama impunzi z’abarundi

18/01/202018/01/2020 - by Jérôme

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu no gukundisha igihugu, Pascal Barandagiye, aritezwe mw’ikambi y’impunzi z’abarundi iri Kakuma 4 mugihugu ca …

Soma ibikurikira
Indero / Politike / Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Abategetsi baturuka muri CNDDFDD bariko baritekerera mu kwiba abanyagihugu.

17/01/202017/01/2020 - by Jérôme

Inyuma yo kwumva ko mubutegetsi bwa CNDDFDD buzoba inyuma y’amatora ya 2020 abategetsi bubu batazobujamwo, bamwe bwamwe bo mur’uwo mugambwe …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Burundi : BADEA, ibanki y’abarabu ijejwe iterambere yatanze ingurane kunyungu z’umurengera.

16/01/202016/01/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa kane igenekerezo rya 16/01/2020 inama nshingamateka y’uburundi yize yongera yemeza integuro z’amategeko yemeza ingurane reta y’uburundi yahawe n’ibanki …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 39 40 41 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 417)
Copyright © 2026 Itara Burundi.