Birashoboka kwubaka ibisagara igihugu cose umwanya muto?

Umuntu wese yubatse inzu muri buno buryo ashobora gupfungwa bamwagiriza kwiba amafaranga.

Wumvirije ibivugwa muriyi video, wari bwavyumve, wumva guhera ejo udashobora gutangura umugambi wo kwubaka inzu. Uwaramaze kwubaka nawe agatangura kwubaka izindi?