Burundi : Vyokunda ko umufuko w’isima usubira kugurwa munsi ya F20000 ? ItaraCoaching N°002

Burundi

Abantu benshi bibazako isima ari ikintu kigoye guhingura kuburyo mu Burundi atamahinguriro menshi ashobora kuyihingura kuburyo igiciro c’isima cogabanuka, kwubaka amazu bikazimbuka cane, ibiciro vyo gupanga amazu bikagabanuka guryo imiryango myinshi ikisunurura.

Kurikirana kino kiganiro muraza gutangara mwibaze igituma mu Burundi kwubaka bisigaye bizimvye kukutamenya uko ibiciro vy’ibikoresho vyogabanuka twifashishije ivyo Imana yaduhaye.

ItaraCoaching N°02

Mubiganiro ItaraCoaching bikurikira tuzobabwira uburyo abantu bokwubaka bakoresheje amafaranga make kuburyo atanyakatsi zosubira kubarizwa mu Burundi mu mwanya muto.