Burundi : Umunyagihugu yaciriwe amande ya 50 000 ngo yaravye nabi umupolisi
Turamaze imisi tubabwira amande mashasha rimwe na rimwe usanga atangana acibwa abanyagihugu. Umunyagihugu wo muri zone Vyuya, komine Mugamba yaciriwe …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Turamaze imisi tubabwira amande mashasha rimwe na rimwe usanga atangana acibwa abanyagihugu. Umunyagihugu wo muri zone Vyuya, komine Mugamba yaciriwe …
Soma ibikurikira
Abajejwe intwaro mumakomine yo mugisagara ca Bujumbura baragirizwa n’abanyagihugu ko baka ibiturire bakoresheje urwenge : Batuma imbonerakure n’abagenzi babo kubegeraniriza amafaranga …
Soma ibikurikira
Kuva kuwa 28 rusama 2021, amasezerano ari hagati y’ishirahamwe ry’abahindi CONTEC GLOBAL rikora impapuro z’inzira n’impusha zo kugendesha imodoka yaraheze, …
Soma ibikurikira
Ishirahamwe ry’amakopeke mu Burundi, FENACOBU ryari riramutse rikoresha ikibazo c’abazoronswa akazi kur’uyu wa 3 Nyakanga 2021 kucicaro gikuru caryo kiri …
Soma ibikurikira
Mw’ijambo umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije abarongoye umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD i Ngozi ahari hatunganijwe ikoraniro kaminuza zidasanzwe ry’uwo …
Soma ibikurikira
Inyuma y’imisi itatu gusa umushikiranganji Gervais Ndirakobuca ajejwe intwaro yo hagati mugihugu, umutekano n’iterambere rusangi asohoye itangazo amenyeshako ibikorwa vyo …
Soma ibikurikira
Kw’igenekerezo rya 24 rusama 2019 niho hashingwa ikigo ca reta gishinzwe gutunganya ibisagara, uburaro no kwubaka inyubako za reta mw’itegeko …
Soma ibikurikira
Mugihe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yatanze ikigongwe kubanyororo barenga 5000 kw’igenekerezo rya 5 Ntwarante 2021 kandi akaba atanumwe arerekurwa gushika …
Soma ibikurikira
Abakunzi b’ikinyamakuru Itara Burundi badutohoreje imigwi y’abantu basahura abanyagihugu biciye mukubatangisha amafaranga y’ibiturire, ukubambura hakoreshejwe urwenge ahandi bakibwa bakagirizwako aribo …
Soma ibikurikira