Skip to content
Top Menu
10/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Politike

Politike / Ubutungane

Burundi : Clément Nkurunziza yaraye asabiwe umunyororo wo guherayo ataburanye.

23/01/202023/01/2020 - by Jérôme

Urubanza rwa Clément Nkurunziza yirukanywe muri Amerika kumwaka uheze yimwe ubuhungiro kubera ivyaha yagirizwa rwaraye ruburanishijwe i Ngozi aho apfungiwe …

Soma ibikurikira
Politike / Ubutunzi

Burundi : Petero Nkurunziza azoba aruta umukuru w’igihugu azomusubirira.

22/01/202022/01/2020 - by Jérôme

Mu nteguro z’amategeko 2 inama nshingamateka yemeje kuruno wa kabiri igenekerezo rya 21 nzero 2020 azotuma umukuru w’igihugu atekererwa amafaranga …

Soma ibikurikira
Indero / Politike / Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : Abategetsi baturuka muri CNDDFDD bariko baritekerera mu kwiba abanyagihugu.

17/01/202017/01/2020 - by Jérôme

Inyuma yo kwumva ko mubutegetsi bwa CNDDFDD buzoba inyuma y’amatora ya 2020 abategetsi bubu batazobujamwo, bamwe bwamwe bo mur’uwo mugambwe …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike / Ubutunzi / Umubano / Umutekano

Inama nshingamateka y’ubumwe bwa bulaya yemeje ingingo zikomeye ku Burundi

16/01/202016/01/2020 - by Jérôme

Kur’uno wa kane igenekerezo rya 16 nzero 2020, inama nshingamateka y’ubumwe bwa bulaya yemeje ingingo zikomeye ku Burundi aho isaba …

Soma ibikurikira
Politike

#Burundi: Uwozoserukira umugambwe uri ku butegetsi CNDDFDD ngo azotangwa n’imana.

15/01/202015/01/2020 - by Jérôme

« Uhoraho niwe agira ngw’abarwanire, namwe ni mwinumure gusa .. » ivyo tubisanga mu butumire bwo kwitaba igikorane categuwe n’umugambwe uri kubutegetsi …

Soma ibikurikira
Politike / Ubudandaji / Ubutunzi

Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi.

14/01/202014/01/2020 - by Jérôme

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11/01/2019, haruguruwe i Bujumbura kumugaragaro urudandazwa rukorerwa ku buhinga ngurukanabumenyi ruteye amakenga. Urwo rudandaza …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Abasitanteri b’abatutsi bariko barirukanwa ngo ntibazotekererwe

07/01/202007/01/2020 - by Jérôme

Hari makuru ava mu mugambwe uri kubutegetsi CNDDFDD amenyeshako abasitanteri bava mu bwoko bw’abatutsi batazotekererwa imiriyoni zitenga cumi (+10millions) uwuhejejeje …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Amakuru azotangwa mu matora ya 2020 azoba agosoye.

28/12/201928/12/2019 - by Jérôme

Ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru bwarashinze kuri uyu wa 24 kigarama 2019 komite y’igihugu ijejwe gutegura no gushira mungiro uko amakuru …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : « Ahubwo hapfuye bake »| »Mubadandariza mu mitaka harimwo abansi b’igihugu »

26/12/201926/12/2019 - by Jérôme

Mukiganiro umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatanze kumaradiyo yose kuri uno wakane igenekerezo rya 26/12/2019 aho yari i Gitega yishuye kubibazo …

Soma ibikurikira
Politike / Umubano

Burundi : Innocent Nyandwi ntakiri musitanteri wa komine Cankuzo

22/12/201922/12/2019 - by Jérôme

Inama mpanuzwajambo ya Komine Cankuzo mu ntara ya Cankuzo yarakomboye musitanteri w’iyo komine kur’uyu wagatandatu igenekerezo rya 21/12/2019. Innocent Nyandwi …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 8 9 10 … 15 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 564)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 602)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 415)
Copyright © 2026 Itara Burundi.