#Burundi : Afise inda y’abana batandatu

Hari amakuru avuga ko hari umupfasoni ari kubitaro vy’abasirikare mu Kamenge biri mugisagara ca Bujumbura yibungenze inda y’abana batandatu akaba yimirije kubibaruka abazwe mumisi iza.
Nk’uko amakuru abandanya abivuga, hari abategetsi batandukanye bamaze kumugendera ndetse n’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu nabwone bukaba bwiteguye kumufasha ibishoboka ngo azokwibaruke.
Mbega ko abana bavutse ari babiri babita amahasa, abavutse ari batatu bakabita ubushuri, abo bana nibavuga bazokwitwa ko ariki ?