Skip to content
Top Menu
08/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Burundi
Umutekano

Burundi : Hadutse umuriro mw’ibohero rikuru rya Gitega

21/08/202121/08/2021 - by Jérôme

Muri kino gitondo co kuwa gatandatu igenekerezo rya 21 myandagaro 2021, hazindutse haka umuriro mw’ibohero rikuru rya Gitega bivugwako wavuye …

Soma ibikurikira
Burundi, Amakuru
Ubudandaji

Burundi : Ikigo OBR catanze umuco ku mudandaza yishuzwa 52 683 428 783FBu y’amakori

11/08/202111/08/2021 - by Jérôme

Inyuma y’indwi hasohotse itangazo risaba umunyagihugu yitwa Nitereka Charlotte kwihutira kuriha amakori aheranye arenga imiriyaridi mirongo itanu na zibiri z’amafaranga …

Soma ibikurikira
BURUNDI
Indero

Burundi : Abanyeshure bahejeje kaminuza ngo hari ibibasiga

10/08/202110/08/2021 - by Jérôme

Abanyeshure bahejeje amakaminuza atandukanye hari abavugako bamaze imyaka umunani abandi iyiri munsi batararonswa impapuro z’umutsindo zisinyweko n’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi, ivyo …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubudandaji

Burundi : Hashinzwe ibiciro vy’amakaye mugihugu cose

07/08/202107/08/2021 - by Jérôme

#ItaraBurundi #Ubudandaji Mugihe amashure matomato n’ayisumbuye azotangura mu kwezi kuza, ihinguriro ry’amakaye PACOBU ryashinze ibiciro mu gihugu cose aho hari …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Indero

Burundi : Abanyeshure bababa 1000 babuze imbwa n’imbwebwe

06/08/202106/08/2021 - by Jérôme

Hari abanyeshure bababa igihumbi bize ivyo kuvura kuri kaminuza yitiriwe amahoro no gusubizahamwe iri mu Bwiza no mu Buyenzi mugisagara …

Soma ibikurikira
Burundi
Ubutunzi

Inzara izura inzara mu Burundi iriko iramota (Igice ca mbere)

03/08/202103/08/2021 - by Jérôme

Inyuma yaho reta imenyesherejeko atabitungwa bizosubira kurangirwa ku mitumba, aborozi bo muntara zimwe zimwe bamaze imisi bahungisha inka abandi bazishora …

Soma ibikurikira
Burundi, actualité
Umubano

Burundi : Ivyoba vyatumye umuririmvyi Israël Mbonyi yankirwa kuremesha ibiteramo i Bujumbura

29/07/202129/07/2021 - by Jérôme

Ku musi wejo twarababwiyeko ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi bwanditse kuri twitter ko umuririmvi w’umunyarwanda Israël …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Umuririmvyi w’umunyarwanda Israël Mbonyi vyabuze uruhusha rwo kuremesha ibiteramo yoremeshereje i Bujumbura

28/07/202128/07/2021 - by Jérôme

Kuva kuwagatanu igenekerezo rya 13 myandagaro gushika kuwa mungu igenekerezo rya 15 myandagaro 2021 hari hitezwe ibiteramo vy’umusore w’umunyarwanda Israel …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Politike

Burundi : Umutekano w’urwego rw’abashingamateka

26/07/202126/07/2021 - by Jérôme

Nk’uko amakuru ikiyamakuru Itara Burundi gikura mubegereye abashingamateka batowe muri kiringo ca 2020-2025 abivuga, umushingamateka wese azosaba umupolisi amucungera mu …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Bazohora batangishwa umuriyoni w’amande

21/07/202121/07/2021 - by Jérôme

Mu nama yahuje abadandaza n’abajejwe intwaro bo mu ntara ya Ngozi kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 21/7/2021, abandandaza bamenyeshejwe ko …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 17 18 19 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 015)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 103)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 454)
Copyright © 2025 Itara Burundi.