Burundi: BRARUDI ihejeje kuduza ibiciro vy’ibinyobwa, vyirabira

Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 16 gitugutu 2022 ishirahamwe BRARUDI rihingura ibinyobwa vy’ubwoko butandukanye rihejeje kuduza ibiciro, bikazotangura gushira mu ngiro kuva kur’uyu wa 17 Gitugutu 2022.

Nk’uko iryo shirahamwe ryabishikirije, ridugije ibiciro kubera ivyo rihinguramwo ibinyobwa hamwe n’igitoto rikoresha vyadugije ibiciro.

Visomere ngaha hasi.