Skip to content
Top Menu
30/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Indero

BURUNDI
Indero

Burundi : Abanyeshure bahejeje kaminuza ngo hari ibibasiga

10/08/202110/08/2021 - by Jérôme

Abanyeshure bahejeje amakaminuza atandukanye hari abavugako bamaze imyaka umunani abandi iyiri munsi batararonswa impapuro z’umutsindo zisinyweko n’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi, ivyo …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Indero

Burundi : Abanyeshure bababa 1000 babuze imbwa n’imbwebwe

06/08/202106/08/2021 - by Jérôme

Hari abanyeshure bababa igihumbi bize ivyo kuvura kuri kaminuza yitiriwe amahoro no gusubizahamwe iri mu Bwiza no mu Buyenzi mugisagara …

Soma ibikurikira
Burundi
Indero

Burundi: Umuyobozi wa ECOFO apfunzwe azira guhindura bulletins z’abanyeshure.

04/07/202104/07/2021 - by Jérôme

Bicubwenge Theoneste, afise urupapuro rw’umutsindo rwa D7, umuyobozi wa  ECOFO CANKUZO I yaraye ijoro ryiwe rya 2 mugasho ka komisariya …

Soma ibikurikira
Burundi
Indero

Burundi: Umwigisha yahanye abanyeshure birenze urugero

05/06/202105/06/2021 - by Jérôme

Kw’ishure rya ECOFO Ngobeke, riri muri zone Mubuga, komine n’intara ya Gitega umwigisha yarahanye abanyeshure mur’iyi ndwi turangije ngo ntibatoye …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Indero

Burundi : Urupfu rwa Joël Nindorera vyavuzweko yishwe n’inzara rubandanya kunyegurura ivyari vyaragizwe ibanga

02/05/202102/05/2021 - by Jérôme

Inyuma y’urupfu rwa Joël Nindorera, umunyeshure yahora yiga muri kaminuza y’uburundi kw’igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2021 aho vyavuzweko yoba yishwe …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi: Muri kaminuza y’uburundi ntarupapuro bazoronswa batarishe amafaranga y’ishure.

08/09/202008/09/2020 - by Jérôme

Mw’itangazo ryasohowe na Dr David Nahimana arongoye “Faculté des sciences”, igisata kimwe co muri kaminuza y’uburundi kuwa 3 nyakanga 2020 …

Soma ibikurikira
Indero / Ubutunzi

Burundi: Ikirangaminsi c’umwaka w’ishure 2020- 2021 casohotse.

02/09/202002/09/2020 - by Jérôme

Umushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi yaraye asohoye ikirangaminsi c’umwaka w’ishure 2020-2021 kumashure matomato n’ayisumbuye yo mu Burundi, uwo mwaka wishure ukazotangura kundwi …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi : Igisata c’indero kirageramiwe n’ubukene bw’abigisha.

06/08/202006/08/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bw’abakozi ka reta, akazi n’abakozi bubicishije mumugwi wogutanga akazi ka reta warakiriye amadosiye y’abipfuza akazi kubw’igisha bazohiganirwa ibibanza 1000 …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi : Abanyeshure 68000 batanguye gukora ikibazo ca reta.

28/07/202028/07/2020 - by Jérôme

Guhera k’ur’uyu wa 28 mukakaro kuzoshika kuwa 31 mukakaro 2020 hariko hakorwa ikibazo ca reta kubanyeshure bahejeje amashure yisumbuye aho …

Soma ibikurikira
Indero / Ubutunzi

Burundi : « Ukunganisha imishahara: ururimbo rwa politike » vyarahagaze.

09/04/202009/04/2020 - by Jérôme

Kuva mumwaka wa 2012 agisha n’abandi bakozi ba reta bari biteze inganishwa ry’imishahara ariko reta ya CNDDFDD igire imare ibiringo …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 4 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 995)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 081)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 421)
Copyright © 2025 Itara Burundi.