Skip to content
Top Menu
31/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Politike

Politike

Burundi : «… ububasha ku makungu no kubwami bwo kurandura no gusitura, gutikiza no gusenyura » amasengesho ya CNDD-FDD

14/01/202214/01/2022 - by Jérôme

Duheruka kubabwira amakuru ko  umugambwe uri kubutegetsi mu Burundi, CNDD-FDD wimirije guhindura inzego zimwe zimwe hamwe no guhinyanyura amategeko awugenga, …

Soma ibikurikira
Burundi
Politike

Intumwa za Evariste Ndayishimye, umukuru w’igihugu c’u Burundi zakiriwe na Paul Kagame umukuru w’igihugu c’u Rwanda

10/01/202210/01/2022 - by Jérôme

Inyuma y’igihe kitari gito umubano uri hagati y’ibihugu vy’u burundi n’urwanda utifashe neza, ibiganiro vyashitse kurwego rwo hejuru. kur’uyu wa …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Ambassadeur Willy Nyamitwe yoba agira avanwe muri Etiyopiya

03/01/2022 - by Jérôme

Mugihe atan’ukwezi kumwe kurahera  Ambassadeur Willy Nyamitwe arungitswe guserukira uburundi mu gihugu ca  Etiyopiya biravugwako yoba agira avanweyo hanyuma arungikwe …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Politike

Burundi: Rwasa Agathon yavuye mugacere aho aterewe ubwoba mumuryango

06/12/202113/12/2021 - by Jérôme

Haraciye indwi zitatu muramu w’umushingamateka Agathon Rwasa, ahagaritswe n’igipolisi akaja gupfungirwa mw’iperereza. Umushingamateka Rwasa Agathon asanzwe yari yaritoje mukibanza c’umukuru …

Soma ibikurikira
Burundi,
Politike

Burundi : Abashikiranganji bamwe bahinduwe

18/11/202118/11/2021 - by Jérôme

Kur’uno wa kane igenekerezo rya 18 munyonyo 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahinduye abashikiranganji bamwe bamwe mugihe uw’ubudandaji yahahora wewe …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Jean Bosco Ndayikengurukiye yatashe ashikira gucungerwa n’abanyamahanga bamwirukanye iwabo

21/09/202121/09/2021 - by Jérôme

Kur’uyu wa 21 nyakanga 2021, Jean Bosco Ndayikengurukiye, yahoze atwara umuhari CNDD ukiri mw’ishamba imbere yo kuba umugambwe CNDDFDD, uri …

Soma ibikurikira
Burundi, Amakuru
Politike

Burundi : Umuhisi Petero Nkurunziza yoba yarerekwa ? Igice ca mbere

16/09/202116/09/2021 - by Jérôme

Turaherutse kubabwira ko hari igitabu canditswe mumwaka wa 2013 kiri mu biro vy’umukuru w’igihugu canditswemwo ibintu 113 bibangamiye umutekano w’uburundi …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: « Nimuyindase basi musigare muravyonona nagiye » Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye

24/08/202124/08/2021 - by Jérôme

Mu kiganiro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagirishije abarongoye ubutungane mu Burundi kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 24 myandagaro 2021, yasavyeko …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Politike

Burundi : Umutekano w’urwego rw’abashingamateka

26/07/202126/07/2021 - by Jérôme

Nk’uko amakuru ikiyamakuru Itara Burundi gikura mubegereye abashingamateka batowe muri kiringo ca 2020-2025 abivuga, umushingamateka wese azosaba umupolisi amucungera mu …

Soma ibikurikira
Burundi
Politike

Burundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ?

04/06/202104/06/2021 - by Jérôme

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana kw’igenekerezo rya 8 ruheshi 2020 mu bitaro vy’i Karusi gushika ubu ntiharamenyekana ibijanye n’urupfu …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 4 … 15 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 997)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 087)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 430)
Copyright © 2025 Itara Burundi.