Skip to content
Top Menu
30/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Umubano

Burundi
Umubano

Burundi: Umusi mukuru w’intama kizira kubaga intama

24/06/2022 - by Jérôme

Ubushikiranganji bujejwe uburimyi n’ubworozi bwarimye urusha umuryango w’aba islamu rwo kubaga intama kumunsi mukuru wahariwe intama bita IDEL KABIL, Dr …

Soma ibikurikira
Umubano

Ba Mushiha mu Burundi: Abakozi bahembwa batakoze

12/06/2022 - by Jérôme

Kuntwaro ya Président Col Jean Baptiste Bagaza mumugambi wo guteza ibiti kumataba y’imisozi, hariho amazina y’abantu, batasiba kukazi kandi batatonze, …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Ikiganiro Umubano N°017: Arangura ku 5000 akayungukako ayarenga 55000FBu

11/05/2022 - by Jérôme

Ariko aganiriza abantu, yavuzeko arangura ibizinu kubihumbi bitanu(5000) mubanyagihugu agaca abihingura, akavyumisha agaheza akabigurisha ibihumbi birenga mirongo itandatu (+60 000FBu). …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Ikiganiro umubano N°0016 : Guterera mu rubanza ryoba ari itegeko ?

22/04/2022 - by Jérôme

Mu kiganiro umubano c’uno munsi tubaganirira kuvyerekeye guterara mu rubanza uko bifatwa hamwe hamwe mu Burundi. Haraho udaterereye utavumba n’ahandi …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Ikiganiro umubano N°0015 : «Abagabo bararya imbwa zikishura »

27/03/202227/03/2022 - by Jérôme

  Ba sokuru barayamaze bati : «Abagabo bararya imbwa zikishura », mu kiganiro umubano c’uno munsi tubaganiriza kuri uwo mugani. Mwitegereje imibano …

Soma ibikurikira
Umubano

Ikiganiro umubano N°0014 : Yari yahevye umugore wiwe arongora uwundi none barasubiranye, uwakabiri baravanye

16/02/202216/02/2022 - by Jérôme

Mu kigano umubano N°0014 tubashikiriza ikiganiro kuwo twise Bénoît yari amaranye umwaka n’igice na Bénigne hanyuma ahitamwo ko bavana. Ubu …

Soma ibikurikira
Burundi
Umubano

Burundi : Ikiganiro Umubano N°013: Inkwano zoba ari ikiguzi ?

17/01/2022 - by Jérôme

Mu kiganiro Umubano N°12 twarababwiye ko hari umugore yari yarakowe hanyuma inyuma yo gupfakara akiri muto  aca abengukwa n’umusore, umuryano …

Soma ibikurikira
Burundi
Umubano

Burundi : Umukuru w’igihugu yategetseko hatwangwa inomero z’abashikiranganji hatangwa inomero 172

08/01/202208/01/2022 - by Jérôme

Kwigenekerero rya 29 kigarama 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mugihe hariko aremesha ikiganiro n’abamenyeshamakuru hamwe n’abanyagihugu yarategetse ko abashikiranganji bose …

Soma ibikurikira
Ikiganiro umubano
Umubano

Burundi : Ikiganiro Umubano N°0012 : Yarapfakaye none banse kumurekura ngo arongorwe ahandi

19/12/2021 - by Jérôme

Régina(Izina ritirano ni umupfakazi w’imyaka 23, yapfakaye avyaye rimwe none yari yaronse umusore agombako barushinga asubire kwita inarugo ariko umuryango …

Soma ibikurikira
Umubano

Burundi : Umubano N°011 Abigeme/abasore babuze abo bubakana boba bakeneye impanuro nyabaki?

22/10/202122/10/2021 - by Jérôme

Biramenyereweko umwigeme/umusore abengutswe/abegutse agira abahanuzi benshi ariko akenshi ntihaburamwo abashaka kumwicira. Kuber’iki abigeme/abasore bashobora gusazira iwabo ntihagire uwubaha impanuro zibereye …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 2 3 … 6 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 994)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 080)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 420)
Copyright © 2025 Itara Burundi.