Burundi : Ikiganiro umubano N°0015 : «Abagabo bararya imbwa zikishura »

 

Ba sokuru barayamaze bati : «Abagabo bararya imbwa zikishura », mu kiganiro umubano c’uno munsi tubaganiriza kuri uwo mugani.

Mwitegereje imibano y’abarundi mur’ino myaka, uwo mugani woba ugifise agaciro ? Mu barundi abagabo ni bande ?

Imbwa nazo ni bande ?

Tanga ivyiyumviro vyawe mu rupfasoni. Murakoze !