Skip to content
Top Menu
08/06/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Politike

Burundi : «… ububasha ku makungu no kubwami bwo kurandura no gusitura, gutikiza no gusenyura » amasengesho ya CNDD-FDD

14/01/202214/01/2022 - by Jérôme

Duheruka kubabwira amakuru ko  umugambwe uri kubutegetsi mu Burundi, CNDD-FDD wimirije guhindura inzego zimwe zimwe hamwe no guhinyanyura amategeko awugenga, …

Soma ibikurikira
Burundi
Indero

Burundi: Kuwa 15 Ruhuhuma 2022 impapuro z’umutsindo za kaminuza zitegerezwa kuba zabonetse

12/01/202212/01/2022 - by Jérôme

Ni Amakuru y’umunezero kubari barize amakaminuza atandukanye na cane cane abize muri Kaminuza y’u Burundi no mw’ishure nderabigisha ENS  ariko …

Soma ibikurikira
Ubudandaji

Burundi : Ibanki nkuru y’igihugu yatumyeko inama yihuta kubakora akazi ka Lumicash na Ecokash

12/01/2022 - by Jérôme

Ejo twari twababwiyeko abakora akazi ko guhanahana amafaranga bakoresheje Lumicash na Ecokash bita aba Super-Agents bari bamenyeshejeko guhera kuruyu wa …

Soma ibikurikira
Burundi, amakuru
Intwaro ibereye

Burundi : Ivy’abasoda bapfiriye muri komando i Gitega

12/01/202212/01/2022 - by Jérôme

Haraciye imisi havuzwe abasoda indwi bapfuye bariko gagira imyimenyerezo yo guca inkofero y’igikomando i Gitega. Ikinyamakuru Itara Burundi caronse amakuru …

Soma ibikurikira
Burundi
Politike

Intumwa za Evariste Ndayishimye, umukuru w’igihugu c’u Burundi zakiriwe na Paul Kagame umukuru w’igihugu c’u Rwanda

10/01/202210/01/2022 - by Jérôme

Inyuma y’igihe kitari gito umubano uri hagati y’ibihugu vy’u burundi n’urwanda utifashe neza, ibiganiro vyashitse kurwego rwo hejuru. kur’uyu wa …

Soma ibikurikira
Burundi
Umubano

Burundi : Umukuru w’igihugu yategetseko hatwangwa inomero z’abashikiranganji hatangwa inomero 172

08/01/202208/01/2022 - by Jérôme

Kwigenekerero rya 29 kigarama 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mugihe hariko aremesha ikiganiro n’abamenyeshamakuru hamwe n’abanyagihugu yarategetse ko abashikiranganji bose …

Soma ibikurikira
Burundi
Amagara y'abantu

Burundi : Abarozi batungishije abapfumu

06/01/2022 - by Jérôme

Haraheze imisi tubabwiyeko uburozi bwabaye ndanse mu Burundi. Hari abatanguye kwibazako reta ataco iriko irakora mukurwanya ubwicanyi bwabaye ndanse hakoreshejwe …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Ambassadeur Willy Nyamitwe yoba agira avanwe muri Etiyopiya

03/01/2022 - by Jérôme

Mugihe atan’ukwezi kumwe kurahera  Ambassadeur Willy Nyamitwe arungitswe guserukira uburundi mu gihugu ca  Etiyopiya biravugwako yoba agira avanweyo hanyuma arungikwe …

Soma ibikurikira
Burundi, Amakuru
Intwaro ibereye

Burundi : Abakozi batobato bo kuri ETS Kiremba Sud basaba gufatwa nk’abarezi baramurira igihugu

29/12/202129/12/2021 - by Jérôme

Mumashure afise uburaro yo mu Burundi hari abakozi bo mugikoni, abazamu hamwe n’abakora isuku no kuri ETS Kiremba Sud ben’abo …

Soma ibikurikira
Burundi, actualité
Amagara y'abantu

Agateka k’abagwaye COVID19 mu Burundi

27/12/2021 - by Jérôme

Mur’ino misi haravugwa abantu benshi bagwaye ikiza COVID19, turetseko atahimirizwa ry’abashaka kwikingiza ico kiza rihari, abagwaye ico kiza agateka kabo …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 12 13 14 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 015)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 101)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 453)
Copyright © 2025 Itara Burundi.