Burundi : Amadosiye azimirira mubutungane
Hari abanyororo bidogako amadosiye yabo yazimiye abandi hazimira zimwe mumpapuro zigize dosiye bica bituma imanza zabo zidindira, bakaba bamaze imyaka …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Hari abanyororo bidogako amadosiye yabo yazimiye abandi hazimira zimwe mumpapuro zigize dosiye bica bituma imanza zabo zidindira, bakaba bamaze imyaka …
Soma ibikurikira
Kur’uno wa kane igenekerezo rya 18 munyonyo 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahinduye abashikiranganji bamwe bamwe mugihe uw’ubudandaji yahahora wewe …
Soma ibikurikira
Umuyobozi mushasha w’ibohero rya Gitega aragirizwa n’abanyororo ko adafata kumwe abanyororo baba bafashwe bahuza ibitsina babisangiye(homosexualité), havugwa abafashwe mumisi iheze …
Soma ibikurikira
Haraheze imisi turababwiye inzara izura inzara ivugwa mumabohero yo mu Burundi, abanyororo babandanya kwiyumvira ko kubima indya ari umugambi wo …
Soma ibikurikira
Duheruka kubabwira imyidogo y’abadandaza bo mw’isoko ya Ruvumera muri zone Buyenzi, komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura aho bidogera uwutwara …
Soma ibikurikira
Mu kwezi guheze twarababwiye umunyagihugu wo muri komine Mugamba intara ya Bururi yaciriwe amande y’ibihumbi mirongo itanu azirako yaravye nabi …
Soma ibikurikira
Nkuko amabanki menshi yidogerwa n’abanyagihugu ko akora nabi, na banki nshasha BIJE yitiriwe urwaruka niyo yambere yidogerwa n’urwaruka ko itarworohereza …
Soma ibikurikira
N’ubwo amashirahamwe mvamakungu yari yatanze imfashanyo yo kurwanya ikiza COVID19, isabune ikagurwa amafaranga 300FBu, mur’ino misi ico giciro c’isabune cigwije …
Soma ibikurikira
Biramenyereweko umwigeme/umusore abengutswe/abegutse agira abahanuzi benshi ariko akenshi ntihaburamwo abashaka kumwicira. Kuber’iki abigeme/abasore bashobora gusazira iwabo ntihagire uwubaha impanuro zibereye …
Soma ibikurikira
Haraheze imisi tubabwiyeko hari inzara mw’ibohero rimwe ryo mu Burundi. Amakuru dukura mumabohero atandukanye yo mu Burundi amensheshako inzara irembeje …
Soma ibikurikira