Burundi : Ikiganiro Umubano N°010: Umugore agira yubakane n’umugabo w’umuhabara w’umugabo wiwe
Cecile na Benoît bamaze imyaka itanu bubakanye ariko Cecile yahisemwo ko bahukana akaja kubana n’umugabo wa Benitha, Benitha bawe akaba …
Soma ibikurikiraAmakuru yo mu Burundi
Cecile na Benoît bamaze imyaka itanu bubakanye ariko Cecile yahisemwo ko bahukana akaja kubana n’umugabo wa Benitha, Benitha bawe akaba …
Soma ibikurikira
Inyuma y’imisi itatu gusa umushikiranganji Gervais Ndirakobuca ajejwe intwaro yo hagati mugihugu, umutekano n’iterambere rusangi asohoye itangazo amenyeshako ibikorwa vyo …
Soma ibikurikira
Umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya ikiza ruhonyanganda #SIDA abonako icotuma umurindi w’igwirirana ry’abantu ugabanuka aruko abigeme bokwiga amashure maremare, gurtyo …
Soma ibikurikira
Bicubwenge Theoneste, afise urupapuro rw’umutsindo rwa D7, umuyobozi wa ECOFO CANKUZO I yaraye ijoro ryiwe rya 2 mugasho ka komisariya …
Soma ibikurikira
Kw’igenekerezo rya 24 rusama 2019 niho hashingwa ikigo ca reta gishinzwe gutunganya ibisagara, uburaro no kwubaka inyubako za reta mw’itegeko …
Soma ibikurikira
Ishirahamwe SOSUMO rihingura rikongera rikadandaza usukari rimaze imisi ribura amafaranga y’agaciro yo kurangura usukari yo kwongereza umwimbu riba ryaronse arinaco …
Soma ibikurikira
Mugihe abarundi benshi bamenyereye kwubaka imvura icitse, kuronka isima kugiciro kizwi ca 24500FBu mur’ino minsi ni nk’indoto. Uno munsi igiciro …
Soma ibikurikira
Kw’ishure rya ECOFO Ngobeke, riri muri zone Mubuga, komine n’intara ya Gitega umwigisha yarahanye abanyeshure mur’iyi ndwi turangije ngo ntibatoye …
Soma ibikurikira
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana kw’igenekerezo rya 8 ruheshi 2020 mu bitaro vy’i Karusi gushika ubu ntiharamenyekana ibijanye n’urupfu …
Soma ibikurikira
Joël, izina ritirano, akora akazi kabayabaye agahembwa amafaranga ibihumbi amajana abiri ku kwezi(200000FBu). Umugore wiwe ntakazi arigera aronka, yaratanze dossier …
Soma ibikurikira