Skip to content
Top Menu
11/03/2026
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Uncategorized

Umurwi wa ONU ujejwe gukora amatohoza ku Burundi wongewe ikiringo.

06/10/202006/10/2020 - by Jérôme

Munama igira iya 45 y’umurwi ujejwe agateka ka zina muntu w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yabereye i Geneve mubu Suwisi kur’uyu wa …

Soma ibikurikira
Ubutungane

Burundi: Basaba reta Mvyeyi/Nkozi ko yokwirinda kuzokwitwa « Reta Mbeshi/Nkozi y’ikibi »

03/10/202003/10/2020 - by Jérôme

Mugihe reta Mvyeyi Nkozi yaraye yugurure umwaka w’ubutungane 2020-2021 kw’igenekerezo rya 2 gitugutu 2020, mungoro y’amakoraniro mu Kigobe, abanyororo bobo …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Burundi : Intwaro y’imisi 100 ya Evariste Ndayishimiye, abantu barenga 650 baramaze guhungabanirizwa agateka kabo harimwo abarenga 270 bishwe.

30/09/202030/09/2020 - by Jérôme

Kw’igenekerezo rya 28 nyakanga 2020, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yarasohoye icegeranyo c’imisi ijana umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze kubutegetsi …

Soma ibikurikira
Umutekano

Burundi: Yatowe ikiziga imbere ya Cathédrale Regina Mundi

24/09/202024/09/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa kane igenekerezo rya 24 nyakanga 2020, abantu bazinditse basanga ikiziga c’umugabo w’imyaka yababa 50 yishwe kiryamye imbere ya …

Soma ibikurikira
COVID19

COVID19 koko yaraheze mu Burundi ?

22/09/202022/09/2020 - by Jérôme

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya ikiza ruhonyanganda SIDA buherutse gusohora icegeranyo cerekanako COVID19 yagabanutse kurugero rurenga 90% mu gihugu cose …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi : Urugendo rwambere rwa Évariste Ndayishimiye hanze y’igihugu.

18/09/202018/09/2020 - by Jérôme

K’ur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 nyakanga 2020 harategekanijwe urugendo rw’umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye azogira i Kigoma mugihugu ca Tanzaniya …

Soma ibikurikira
Politike / Ubutungane

Burundi : « Urubanza rw’abagirizwa kugandagura umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye ruriko rurangwamwo amahinyu menshi »

17/09/202017/09/2020 - by Jérôme

Nkuko amakuru ashikira ikinyamakuru Itara Burundi abivuga, muntara ya Gitega, umurwa mukuru wa politike, uno munsi ugika kabiri hariko haburanishirizwa …

Soma ibikurikira
Ubutunzi

Burundi: Amakenga kuri rusansuma y’igihutihuti iriko irategurwa ku rwaruka rutagira akazi.

11/09/202011/09/2020 - by Jérôme

Kur’uyu wa 7 Nyakanga 2020, ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rirama bwarasohoye itangazo rivuga kubikorwa ryo gusansuma …

Soma ibikurikira
Indero

Burundi: Muri kaminuza y’uburundi ntarupapuro bazoronswa batarishe amafaranga y’ishure.

08/09/202008/09/2020 - by Jérôme

Mw’itangazo ryasohowe na Dr David Nahimana arongoye “Faculté des sciences”, igisata kimwe co muri kaminuza y’uburundi kuwa 3 nyakanga 2020 …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Umutekano

Burundi : « Amagorwa ntasiga ayandi » : Imbwa zo mwishamba zaraye ziriye ibitungwa mu Gahuni

03/09/202003/09/2020 - by Jérôme

Mwijoro ryakeye ryo kwa 2-3 nyakanga 2020 harateye imbwa zo mw’ishamba mu gacimbiri Rugarika mu Gahuni, komine Bugarama iri mu …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 24 25 26 … 57 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (12 566)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 606)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (8 422)
Copyright © 2026 Itara Burundi.