Skip to content
Top Menu
30/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Auteur/autrice : Jérôme

Agateka ka zina muntu

Hari umukozi w’ishirahamwe  Front Line Defenders apfungiwe mw’iperereza ry’u #Burundi

17/02/201822/04/2018 - by Jérôme

Nkuko amakuru adushikira avuga, hari igihe c’isaha zitandatu zo kumurango w’uyu wa gatandatu igenekerezo rya  17 Ruhuhuma 2018, Aloys Habimana, …

Soma ibikurikira
Politike / Umutekano

Burundi : Ibwirizwa nshingiro ntiriko rihindurwa n’abanyagihugu canke ku nyungu zabo ahubwo ni Petero Nkurunziza agomba arihindure ku nyungu ziwe bwite. #BSI

16/02/201820/07/2019 - by Jérôme

Ishirahamwe Burundi Soridarity Internationale (BSI) ryarungikiye ubutumwa abasirikare n’abapolisi b’uburundi kw’igenekereza rya 15 ruhuhuma 2018 ribahamagarira gukingira inyungu z’igihugu z’igihugu …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu / Politike

Abanyagihugu bo mu Burundi baracurwa bufuni na buhoro bakongera bagatozwa intererano zo gufasha reta itwaza umukazo, raporo y’ukwezi kwa nzero ya @FORSC_BURUNDI

15/02/201820/07/2019 - by Jérôme

Nkuko rwama rusohora raporo uko ukwezi gutashe, urunani rw’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya polikike FORSC rwasohoye raporo y’ukwezi kwa mbere. Muri …

Soma ibikurikira
Uncategorized

Burundi: Amashirahamwe agize isekeza Teshwute ahamagarira abanyagihugu kudakurikira Petero Nkurunziza

04/02/201812/05/2018 - by Jérôme

Mugihe Petero Nkurunziza amaze imisi akobeje cane mu mugambi wo guhindura ibwirizwa nshingiro mu kwezi kwa gatanu kur’imbere abicishije mu …

Soma ibikurikira
Agateka ka zina muntu

Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura baridogera igipolisi ko kibaka amafaranga ataho yanditswe mu mategeko y’u Burundi

02/02/201821/04/2018 - by Jérôme

Mu gihe abarongoye uburundi bama bariko baravugako umutekano ukwiye kandi igihugu ari nyabagendwa abanyagihugu baridogako uwo mwidegemvyo atawe babona kandiko …

Soma ibikurikira
Ivy'Imana / Politike

Intumwa za reta ya Nkurunziza zigina intsinzi mw’isamburwa ry’ishengero rya Pentekote ry’i Nyanza-Lac

14/01/201820/07/2019 - by Jérôme

« Ngirango musitanteri bamutumiye mu manama umwungere azoza aramutiza imodoka » ivyo vyavuzwe na musitanteri wa komine Nyanza-Lac, Jean Claude …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Umurindi uteyubwoba woguhindura ibwirizwa nshingiro biciye mumatora urateye amakenga

16/12/201720/07/2019 - by Jérôme

Petero  Nkurunziza yaratanguje isekeza ryo guterera amatora yo muri 2020 mugutanga imiriyoni zitanu z’amafaranga y’uburundi mw’ishami rya banki ya republika …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

Précédent 1 … 56 57

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 995)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 081)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 421)
Copyright © 2025 Itara Burundi.