Skip to content
Top Menu
28/05/2025
  • Twandikire
  • Facebook
  • Twitter
  • Youtube
  • Instagram
Itara Burundi

Itara Burundi

Amakuru yo mu Burundi

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza
Main Menu

Politike

Politike / Uncategorized

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024 - by itaraburundi

 

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Umukuru w’inama nshingamateka Gélase Ndabirabe ari hehe?

28/05/202428/05/2024 - by Jérôme

Kuwa 28 Rusama 2024 umushingamateka akomoka mu mugambwe UPRONA Gaston Sindimwo yarariye umutima amenyo arabaza ikibazo cananiye abandi naco nico …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Rwasa Agathon yoba yaravuye muri politike?

17/05/2024 - by Jérôme

Mugihe hariko haba ihanahanwa ry’ivyiyumviro kuri uyu wa 17/5/2024 kubijanye n’amatora ya 2025 vyatunganijwe na CENI, Nestor Girukwishaka asigaye aserukira …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye gihutihuti muri Congo

13/02/202413/02/2024 - by Jérôme

Kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2024 umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye mu gihugu ca Leta iharanira intwaro rusangi …

Soma ibikurikira
Politike

Imipaka y’u Burundi n’u Rwanda yasubiriye gupfungwa

11/01/202412/01/2024 - by Jérôme

Inyuma y’ikiringo c’umwaka hafi n’igice uburundi busubiriye kwugurura imipaka buhana n’igihugu c’urwanda yariyugawe n’umuhisi Petero Nkurunziza  guhera muri 2015, bwasubiriye …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Abanywanyi b’umugambwe  CNL wa Rwasa Agathon n’abapolisi barahanganye, amaraso ashobora guseseka

20/08/202320/08/2023 - by Jérôme

Nk’uko amakuru dukura i Bujumbura abivuga,  ingoro y’umugambwe CNL urongowe n’umushingamateka Rwasa Agathon irugarijwe n’abanywanyi biwe hamwe n’abapolisi bahanganye kuva …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Evariste Ndayishimiye, « imboneza idasanzwe »

05/05/202305/05/2023 - by Jérôme

Nk’uko vyagenze mukwezi kwa gatatu 2018, umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi CNDDFDD ugaha ipete ry’icubahiro umuhisi Petero Nkurunziza ry’imboneza …

Soma ibikurikira
Politike

Ubumwe bwa buraya bwakuyeko ibihano u #Burundi hamwe n’abarundi batatu.

25/10/202225/10/2022 - by Jérôme

Ubumwe bwa buraya bwamenyeshejeko bwakuyeko ibihano u #Burundi hamwe n’abarundi batatu kuruyu wambere igenekerezo rya 24 gitugutu 2022 bari bafatiwe …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi: Ntawuzi ejo muri CNDDFDD

12/10/202212/10/2022 - by Jérôme

Twarababwiye amakuru yavugako uwuzosubirira umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze igihe yiyamamaza ariko muri CNDDFDD bavuga ngo: « Ntawipanga baragupanga » Kuva aho …

Soma ibikurikira
Politike

Burundi : Uwuzosubirira Evariste Ndayishimiye aza yaratanguye kwiyamamaza

14/08/202214/08/2022 - by Jérôme

Haraheze igihe umukuru w’umugambwe CNDDFDD  Réverien Ndikuriyo azunguruka amakomine yose y’uburundi ashika n’aho umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye atarashika kuva arongora …

Soma ibikurikira

Pagination des publications

1 2 … 15 Suivant

Amakuru aheruka

#Burundi Abasoda bari muri RDC kurwana na M23 batanguye kwiyahura

24/02/2025

Hagati ya Rared Tabara na Leta y’uburundi ninde avuga ukuri?

05/12/202405/12/2024

Les Travailleurs de l’Hôpital de Muyinga Exigent Justice après la Réduction Injustifiée de leurs Salaires

28/11/2024

Burundi: Abariko bitegurira gukora rusansuma y’abanyagihugu baridoga

29/08/202428/08/2024

Burundi: Abigisha bagiye kuba abakozi b’amakomine

28/08/202428/08/2024

Amavidewo

Tweets by ItaraBurundi

Amajwi twabitse

Tuganire

Ivyo twandikako

  • Intango
  • COVID19
  • Agateka ka zina muntu
  • Politike
  • Umubano
  • Ayandi makuru
    • Ubudandaji
    • Ibidukikije
    • Umutekano
    • Amagara y’abantu
    • Ivy’Imana
    • Impunzi
    • Indero
    • Uburimyi n’ubworozi
    • Ubutungane
  • Français
  • Icongereza

Dukurikire kuri Facebook

Amakuru yasomwe cane

  • Burundi : Coup d’état igira ibe, Évariste Ndayishimiye yoba atagiserukiye CNDDFDD mumatora. (11 990)
  • Burundi : CROWD1, ubusuma bwo ku rwego rwo hejuru buzwi n’ubutegetsi. (8 073)
  • BurundiBurundi : Imboneza kibirengeye mugukunda igihugu Petero Nkurunziza yishwe n’iki ? (7 418)
Copyright © 2025 Itara Burundi.